Ikiza ca Ebola kibandanya ciha inkumbi mu gihugu kibanyi ca Congo aho mu ndwi 3 gusa kimaze guhitana abarenga 100, mu buraruko bushira ubuseruko bw'ico gihugu. Abantu barenga 100 baramaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukenyuro mushasha atashimye kugira vyinshi awuvugako ngo niwo ugiye kuranga ibikorwa vyiwe, uwo nawe s'uyundi ni Alvin Smith. Umumenyeshamakuru wa Buja Hit yashatse kumenya nimba uwo mukenyuro uzotuma avurwa cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza wa Inter Star afise icizere co gutwara igikombe citiriwe umukuru w'igihugu. Inyuma y'aho umugwi Inter Star wari uhejeje kunyagira Messager Ngozi ibitsindo 4 kuri 2, umumenyereza wa Inter Star yaravuze!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Intar Star wo mu cicaro cakabiri waraye ukoze ibitangaza Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019 , isaha icenda 15h00 i Gitega niho umugwi Messager Ngozi ukina mu cicaro cambere wahura na!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=SwQuN7jbCAg&feature=youtu.be
Ba Sokuru bati" Amaso y'ibikere ntabuza abavoma". Kukaba nk'ako .Amaso y'abahita ntakibuza abahitanwa n'ibihita. Uwuraho ati, ikizokugirira nabi mugenzi kizogutere uruhumyi! Abifitiye ayabona,!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yatumiwe mu kiganiro gikomeye mu gihugu c'ubufaransa . Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 05 Ndamukiza , kurubuga ngurukanabumenyi Facebook ya!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akina muri Australia yamaze kwemera kuza kwifadikanya na bandi mu nkini za CAN 2019 zigiyw kubera muri Misiri. Ayo makuru akaba yavuzwe Manager Mutima Constatin asanzwe araba ivyabakinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Abateshejwe ivyabo n’intambara gushika ubu bataritura umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB mu mpfunyapfunyo y’ikinyamazuru ngo bafise ikiringo kitarenga imyaka ibiri co kuwitura nayo!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi Tp Mazembe Mputu Tresor yavuze y'uko azi ibanga Simba sc ikoresha mugihe iba iri iwabo. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 03 Ndamukiza umwaka 2019 niho umugwi Tp Mazembe wo!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.