Q boy ngo ntarota ahimbaza isabukuru ryiwe ry'amavuko kubera ibiheruka kumushikira. Ugucumura kuri Diamond bikamuviramwo gusezererwa ngo vyaramukomerekeje cane. Mu gihe yariko yitegura gushira ahabona akaririmbo kiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'Intamba mu rugamba Ndikumana Justin abandanya yitwara neza mu mugwi Sofapaka Fc. Mu rukino rw'ihiganwa ryo muri Kenya ryabaye kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 03 Ruhuhuma Sofapaka Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abagande 2 ngo bimwe VISA yo kuja mu gihugu ca Denrmark ku mugabane wa buraya, abo bakaba bahowe Urupapuro rw’inzira, Passport, y’umuryango wa afrika y’ubuseruko. Abo bagande ngo bari bipfua kuzoja mu gisagara ca!-->!-->!-->…
Baramutse basanzwe atari umwere, Harmonize ngo azoshikira mu gasho aganutse avuye mu mahanga iyo ari muri kino gihe. Mu gihe Harmonize ari inyuma y’igihugu, uwo muririmvyi asigaye avuga rikijana mu muziki muri afrika!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubera imvo nyinshi hagati ya Neymar na Mbeppe ngo hazosezeramwo umwe muri abo bakinyi mu misi ya Vuba kugira umurwi wa PSG ubashe kubandanya ukora neza. Hagati ya Mbappe na Neymar ngo harimwo umwe ashobora!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho we ngo ataco arabasha gushikiriza ku mugaragaro, Lionel messi yaramaze igihe asa n'uwudakinira umurwi nserukira gihugu ngo yoba yasavye $ 1,000,000 angana 2,700,000,000 fbu ngo azokinire uwo murwi mu rukino rwa!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'imyaka 25 Gael Bigirimana yaguzwe n'Umugwi Hebernian Fc ukina mu cicaro ca mbere mw'ihiganwa ryo muri Ecosse bita Scotland Premiernship. Gael Bigirimana!-->!-->!-->!-->!-->…
Zari arateye uruhagarara muri Tanzania kubera ubugeni bwa Diamond, uwo mugore ngo yoba ariwe ashakwa n'abatari bake haba mu baririmvyi, mu baryango co kimwe n'aba fan biwe b'uwo muririmvyi. Diamond yoba ageramiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yimenyekanishwa ry’igaruka ryiwe, ryatumye abatari bake bibaza vyinshi kubera amashusho atandukanye yagiye arakwirakwizwa abonekamwo abaririmvyi batandukanye bavuga ko Black G agarutse, hoba hari igiteramo kiriko!-->!-->!-->…
Ubwo ko natacha yahawe uwashizeko tatouage y’amazina yiwe ku mubiri amafaranga, n’abandi nabo boba bariko barasabirwa ngo bahabwe nabo? Canke bariko berekana ko hari n’abandi biyanditseko amazina y’ibindi bihangange. !-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.