Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Shassir Nahimana yaraye yitwaye neza. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 05 Ruhuhuma umwaka wa 2019 aho ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri muri Arabie Saoudite ryari!-->!-->!-->!-->!-->…
Karim Nizigiyimana agiye gukinira umugwi Vipers Fc wo mu Buganda. Kizigenza w'intamba mu rugamba mu nkino ziheruka z'umugwi nserukira gihugu Nizigiyimana Karim Makenz, kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 06!-->!-->!-->…
Hampande y'ingunge, ama Park,inyoni n'umugezi wa Nile, hagiye kwiyongeramwo abakobwa b'ibisusu binini binini ngo bikunde igitigiri ca ba mukerarugendo bagendera Uganda biyongera. Mu gihe ba mukerarugendo bari mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Abaririmvyi batandukanye baomeye ba hano bafise indirimbo mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards Indirimbo 20 ziri mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards zamaje kuja ahabona, izo ndirimbo zikaba zirimwo zibiri zibiri!-->!-->!-->!-->!-->…
Lolilo ngo arereye mu murwi wa Arsenal w'abakuze, Senior, uwarereyo akaba yitwa Nassor Juinior afise imyaka 8. Umwana wa Lolilo w'imyaka 8 niwe asigaye akina mu murwi wa Arsenal, ivyo Lolilo akaba yabiyagiye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuganga abaga ngo ntarakora kw'ibere ryiwe, Vanessa akaba yabishikirije mu gihe yabeshuza amakuru avuga ko yoba yari yarayongereje abanje kubarwa. ibere ryiwe ngo ntaco araryongerako, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa!-->!-->!-->!-->!-->…
TMax na Uncle Crazy bashobora kuba bafise igikorwa gishasha bariko barategura gushira ahabona. Inyuma y'igihe ataboneka mu muziki ndundi, Uncle Crazy ngo yoba agiye kandi gusubira mu muziki. Ivyo bikaba vyibajijwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inarunyonga afise umugambi wo guha umwanya ingabire yiwe yo gukina ireresi gusumba umuziki muri kino gihe. Inyuma y'igihe asa n'uwuri mu gacerere, Ndayishimiye Arlaine benshi bazi nka Inarunyoga yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Nka hamwe PSG imurekuye, Real Madrid ikamugura, kuri yoba ari amata avyaye amavuta. Mbappe ati :"iyaba vyava kuri jewe mba narashitse muri real Madrid kuva kera". Ivyo n'ivyashikirijwe n'uwo mukinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
nsavye na spok's yatwaye iryo higanwa ku ncuro yaryo ya 5 Nsavye ati n'abandi nibafate inzira nkiya Cedric bangy mu kugira ico babikira umwe mu bazoshika mu gice ca nyuma c'ihiganwa Isanganiro Awards. Mu gihe ari mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.