Umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer yagize ico avuze kuri Romelu Lukaku . Aganira na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu bwongereza aho yabajijwe kuvyerekeye kudakinisha cane Romelu Lukaku akaba!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani. Hari kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 20 Nzero umwaka wa 2019 , aho ishirahamwe ry'umupira w'amaboko mu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/lZGTZ0aCbkY?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata amashusho (Clip Video) y’indirimbo nshasha ‘’Forever Young’’. Musa Bamba azwi kw’izina rya!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yahindutse ivy'ugucana inyuma ntagisubira, ubu agiye gukunda umwigeme Tanasha wenyene. Diamond aremeza ku mugaragaro ko ivy'ugucana inyuma ngo agiye kubihagarika, ico nico yabwiye umwigeme Tanasha bagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho umurwi wa Chabab Mohammédia wo mu cicaro ca 1 muri Maroc wemeza ko agiye gutangura kumenyereza uwo murwi, Rivaldo we avyamirira kure. Mu gihe vyavurwa ko uwahoze ari umukinyi w'imirwi nka Deportivo, Ac Milan!-->!-->!-->!-->!-->…
Ibura ry'uburyo muri uno mwaka wa 2018, ryatumye impunzi z'abarundi zahungiye mu bihugu bibanyi ngo zigabanirirzwa ivyankenerwa bituma babaho buri musi. Abarundi ngo bakaba bari mu birengangijwe cane muri uyo mwaka. !-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi mu murwi Intamba mu Rugamba ndetse n'Umugwi Sun rise wo mu gihugu c'Urwanda yaguzwe na Rayon Sports . Amakuru twasomye muri kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu Rwanda kiravuga ko Rayon Sports yamaze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo gutsinda ibitsindo 2-0 Umugwi nserukira gihugu w'Ubuganda w'abatarenza imyaka 17 Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 ziraza gusubira gutana mu mitwe na Buja City ikina mu cicaro cambere . Ruza kuba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
1. Sat-b - Karabarya http://www.glmmusic.com/modules/glmusic/music/B/BURUNDI/NOV2015/pp_satbkarabarya.mp3 2. Lolilo - Guitar !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.