Umunya Portugal yamenyereje imigwi ikoma komeye Iburayi Jose Morinho yavuze ko umugwi ukomeye gusumba iyindi mu migwi yamenyereje ari Inter de Milan yo mu gihugu c'ubutaliano. Ivyo akaba yabishikirije mu kiganiro ciwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuryango ugizwe n'abantu batandatu (abavyeyi babiri hamwe n'ibibondo vyabo bine) baraye basize ubuzima bwabo mw'isegenya y'imvura sindamusiga yaguye mw'ijoro ryaraye rikeye. Mw'ijoro ryo kuri uyu wa kane!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga Atari make ngo yoba yarasohowe na Mt number one kugira abashe gukorana mugenziwe Sat-b, nkuko bishikirizwa n’impande zose, yaba Sat-b co kimwe na Mt Number on ubwiwe. Mu kiganiro yagiranye na Indundi TV, Sat-b!-->!-->!-->!-->!-->…
Amakuru ku mvo n'uburyo igitero c'abihevyi cahitanye abantu barenga 20 mu gihugu ca Kenya categuwe abandanya kuboneka mu binyamakuru hirya no hino. Amakuru dukesha ikinyamakuru the Guardian c'abongereza avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu butumwa yatanze, Diamond Platnumz yasavye abanya Kenya kwihangana, avuga ko Imana ibikunze bizogenda neza. Hampande yabanyecubahiro batandukanye bateye ivyatsi igitero c’abihevyi ba El shabab cabereye mu gihugu ca!-->!-->!-->!-->!-->…
Ata kurya umunwa, Sat-b avuga ko uburyo atambamwo na Diamond ataco afise yomukangisha, ngo bohagarara hamwe. Sat-b ngo muri kano karere nta muririmvyi yomukanga bagere kuri Stage bariko baratamba, ivyo akaba!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=LOHpEaXFzDU
Inyuma y'iyakwije y'iyiheruka gukwiza Views zirenga 100,000 mu mezi makeya imaze isohotse, Double jay avuga ko mu misi ya Vuba buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako karirimbo akaba avuga ko kazoba kitwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Essay writing providers tend to be tailored produced. You're in the proper spot to locate quality IT dissertation and in addition a dissertation writing services. Premium, creating service is created to be sure that…
Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 zaraye zitsinze Uganda Cranes kubatarenza imyaka 17 Urwo rukino rukaba rwaraye kubaye kuri uyu wa Kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.