Nk'uko abahinga babiciye irya n'ino babimenyesha,twese turafise indoto, twese turifuza ko umusi umwe twoshika kuri bino canke biriya, twese turumva ko hari ikintu twari dufiise nk'impano abandi badafise!-->!-->!-->…
Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho. Amakuru akaba yaraye abonetse Ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rwegukira umugwi Messager Ngozi aho avuga ibimenyeshwejeko ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Igenekerezo ritaramenyekana niryo umuririmvyi Diamond platnumz yungururijeko ubugeni bwiwe, ivyateye amakenga menshi abakurikiranira hagufi ivy’uwo muririmvyi kuko hoba hinyegejemwo kinyoma kitaramenyekana. Ubugeni bwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurwi wa Juventus ngo woba uriko urakora ibishoboka vyose ngo abandi bakinyi babiri b’umurwi Real Madrid babashe guhamvya uwo baheruka kubanyaga, Cristiano Ronaldo. Amakuru dukesha ikinyamakuru Goal avuga ko abakinyi 2!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugusubira kumenyereza umurwi n’umwe wo muri Portugal ntavyerekwa, avuga ko ashima kwigumira hanze y’igihugu. Morinho ngo yarahiye ararengwa ko adashobora kwerekeza mu murwi ukinira mu gihugu ca Portugal aho asanzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva Ku musi wa Kane igenekerezo rya 04 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira icanyuma z'igikombe c'Umukuru w 'Igihugu zaratanguye icese , izo nkino zikaba zakinywe imisi ine, Ku musi wa Kane!-->…
Mu kurondera abantu baraba indirimbo yiwe nshasha, Guitar, Lolilo yitwaje urukino rw’umupira w’amaguru avuga ko akunda cane. Aho akaba yasavye abamukurikirana ko ngo bogira umutima nk’uw’abakinyi b’umupira w’amaguru. !-->!-->!-->!-->!-->…
Masterland ngo indirimbo Nzobikora yayishizemwo amafaranga atari make, naho atavyemeza ariko yavuze afobetse ko bishoboka ko yoba angana n’ayogura imodoka canke ikibanza co kwubakamwo. Masterland arashimira!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba abandanya yitwara neza mu mugwi Js Kabylie.z Ku musi wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 4 Nzero umwaka wa 2019 niho hakinwa urukino rw'indwi ya 16 y'ihiganwa ryo mu!-->!-->!-->…
Inyuma yo kugurwa n'umugwi Lusaka Dynamos umunyegori w'umurundi arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere muuruwo murwi. Urwo rukino rukaba rwabaye Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 04 Nzero!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.