Monna asabwa kutisigura mu gihe yari yabigerageje kubera ishusho ryiwe ryabonetse ku rubuga rwa Instagram aho yabonetse ariko aratamba. Ukwisigura ngo ntibikenewe ivyo nivyo umwigeme Monna Warda yabwiwe aho yashira!-->!-->!-->!-->!-->…
Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
https://youtu.be/xvoEO3lgpAM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Inyuma yaho uwahora arongoye umugwi Messager Ngozi Manirakiza Marc batazira Poshen yatanze imihoho mu mabanga yo kurongora Messager Ngozi uyo mugwi waronse abarongozi bashasha vy'imfatakibaza. Abo nabo akaba ari!-->!-->!-->…
Awahora amenyereza umugwi Les élephans w'i Bubanza Ndeze Ramadhan yatanze imihoho. Ayo makuru akaba yaraye amenyekanye kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 09 nzero . Ndeze Ramadhan akaba yatanze imihoho ata!-->!-->!-->!-->!-->…
Umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 mw'ihiganwa ryo muri Tunisia . Hari mw'ijoro ryo kuri'uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 09 Nzero mu gihugu ca Tunisia!-->!-->!-->!-->!-->…
La police nationale dit avoir interpellé et démantelé un groupe de six présumés bandits voleurs de véhicules après avoir été surpris dans un autre véhicule de type TI portant immatriculation F 3998 A à bord duquel il y!-->!-->!-->…
Ku muhingamo wo kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 8 Nzero umwaka w'2019, Sentare nkuru ya Makamba yarashashe mu manza z'ivyaha mu rubanza rujanye n'igandagurwa bunyamaswa ry'umudandaza!-->!-->!-->…
Inyuma y’uguterwa umugongo na bamwe mu bakomeye mu muziki ndundi, Mt Mumber one yoba yaronse ico avugirako none umwe muribo yemeye gukorana nawe akaririmbo. Mu gihe yigeze gushikiriza ko hari uabaririmvyi bakomakomeye!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.