Ukuririmba ngo siwo mwuga wo nyene R flow azi, no gukina umupira w’amaguru navyo ngo arahehereza. Hampande y’ukuririmba, R Flow avuga ko ikindi gikorwa akunda gusumba ibindi ngo ari ugukina umupira w’amaguru. Ivyo akaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho ashobora kuba atabarizwa mu begamiye Cedric Bangy, natacha yemeza ko uwo muririmvyi w’inararibonye atwara ishirahamwe rihurikiyemwo abaririmvyi ngo ariwe murongozi mwiza. Cedric Bangy ngo yabereye Natacha!-->!-->!-->!-->!-->…
Bruce Melodie adasohoye indirimbo ivuga kuri Mwiseneza Josiane ariko Arabica bigacika muri Miss rwanda ngo nashake abe arirekera gusohora indirimbo. Bruce Melodie yasabwe kuririmba ku mukobwa ariko Arabica bigacika mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunya Misiri Muhammed Salah akinira umugwi Liverpool yasubiye gutorwa incuro igira kabiri n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa CAF nk'umukinyi mwiza w'umunya Africa yaranze umwaka wa!-->…
Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 10 gushika igenekerezo rya 13 Nzero umwaka wa 2019 ihiganwa ry'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rizoba rigiye kubandanya mu gice ca 16 gishira icanyuma. Uku Niko imigwi igiye!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma ya Sat-b Kidum n’abandi batandukanya, Natacha nawe yinjijwe mu gitigiri c’abaserukira Uburundi biciye mu mahiganwa atandukanye aho bahura n’ibihangange bitandukanye. Natacha Ngendabanka aheruka gushirwa mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Double jay yimirije gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha, uwo muririmvyi yerekanye iyindi ntambwe yateye mu muziki ndundi. Akaririmbo kiwe yasohoye haraheze amezi 5, yise Uri Special gaheruka gukwiza Views!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze akinira umugwi Flambeau de l'Est, Munezero Fiston yamaze Kuba ahagarikwa gukinira Police Fc yo mu Rwanda . Bikavugwa ko icoba catumye uwo mukinyi w'inyuma my mugwi Police Fc wo mu gihugu ahagarikwa ni uko!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abantu kenshi iyo turabazwa igihe tumaze kw'isi duca twishura dukoresheje igipimo, "umwaka". Ico rero cahavuye kiza kumata mu mutwe gushika aho umuntu yibagira ko imyaka amaze ari ikirwi c'amasaha!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=34L5381qzlw
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.