L'Américain Greg Burke, membre de l'Opus Dei, influente institution conservatrice au sein de l'Église catholique, avait été nommé en juillet 2016 après avoir occupé le poste de numéro 2 du service de presse. Le Vatican a!-->!-->!-->!-->!-->…
Nk'uko vyashikirijwe n'uwusanzwe ayoboye abarundi baba mu mahanga Japhet Legenti Ndayishimiye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Kigarama umwaka w'2018 aho yariko yipfuriza abarundi baba hanze umwaka!-->!-->!-->…
Bamwe mu basambuye haheze igihe gito batanguye gukorana. {Wanda I buryo na Sat-b I bubamfu} Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n'abanyamitahe baba!-->!-->!-->…
Naho Kim frans records yamufashije ibitari bike, Wawa avuga ko yabasezeye kugira aje kurondera kumenyekana ngo bikunde atungwe n'umuziki. Ugukorana Kim Frans Recored ngo vyaramaze guhagarara, ivyo bishikirizwa na VG Wawa!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat-b ngo siwe yasavye Sauti Sol gukorana indirimbo, ahubwo ngo abo banya Kenya nibo bamusavye ko boririmbana. Ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yagiranye na Buja Fm. Sat-b akaba yagiriyeko avuga ko abo!-->!-->!-->…
https://youtu.be/Mm_OZU6nyBg?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Umugwi Simba Sc wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania usangiye itsinda rimwe n'imigwi Al Ahly yo muri Misiri hamwe na Vita Club wo mu gihugu Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo. Uku niko itombora ry'imigwi isangiye!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku magenekerezo ya 27, 28 , hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka, ihiganwa ryo mu cicaco ca kabiri Primus League B ryari ryatanguye icese ku ndwi yaryo ya mbere. Uku niko imigwi yatsindanye : BS Dynamic yanganije na Les!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.