Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w'Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 21 Umurwi ikaba yatsindanye uku gukurikira : Musongati Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Niyukuri yahinduye uburyo akoramwo amasanamu, ayubu yayaherekezesheje ubutumwa bwiza, co kimwe n’ugushimira abamufashije mw’ikorwa ry’iyo ndirimbo. Mu maraso yawe niko karirimbo gashasha ka Dudu T Niyukuri, ako karirimbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Ata mpuhwe na nkeya zigiyemwo, abarundi n’abanyarwanda barakuranye agahuzu kubera ihagarikwa ry’Urugendo Meddy yarafise I Bujumbura. Umuriro uracaka ku rubuga rwa Instagram rwa Meddy mu gice ca Comment c’I foto yashizeko!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. Ivyo bintu bikomeye yiyemeje gukorera Yang Africans akaba yabivuze Inyuma!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Imana yakinze ukuboko, Big Fizzo aracari muzima, naho yababaye ariko atari ivya cane. Akaba yarusimvye aho yaiko yerekeza mu giteramo hagati mu gihugu. Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo yakoze isanganya kuri uyu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club . Hari kur' uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Kigarama isaha umunani 14h45 niho umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka wa 2018 aho Kabera Christian yashinzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Meddy ashikiriza mw’itangazo ko bunguruje igiteramo bari bafise I Bujumbura kuri uyu wa 31 kigarama, abariko baragitunganya hano I Bujumbura bo babibona ugutandukanye n’ukwiwe. Abarongoye Cristal Event bavuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo ashimira abahinyanyuzi bitanga batiziganya kugira haboneka amasanamu y’akarorero, ariko akanegura ko ata rukundo abaririmvyi ndundi bafise. Akaba anasabira abahinyanyuzi gufatwa mu mugongo na Leta y’Uburundi. !-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.