Urukundo yakunze umudiho wa Rape kuva akiri muto nirwo rwatumye ku myaka 10 gusa atangura kurimba haba mw'ibarabara, canke ateramanye n'incuti n'abagenzi, Karangira Owen Berrel azwi kw'izina "Lil!-->…
Kuva kuru uyu wa kabiri uheze igenekerezo rya 25 Kigarama hamwe no kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Kigarama ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 20. Uku niko inkino zose!-->!-->!-->!-->!-->…
Nka hamwe ata gihundutse, ngo indirimbo Sat-b yakoranye na Meddy co kimwe n’iyo yakoranye na Sauti Sol ngo ntizizosohoka. Izo zikaba zizoba zisanze iyo yakoranye na Dully Sykes nayo atasohoye. !-->!-->!-->!-->!-->…
Ugusomana kuri Gaga Blue ngo n’ibisanzwe, ivyo akaba yabishikirije inyuma y’amashusho bariko basomana na Miss Erica yashizwe ahabona. Akaba kandi yavuze ko atariwe wenyene amaze kubikorako. Mu gihe!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize w'2018, ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri Primus League B rizoba ritanguye ku ndwi yaryo ya mbere. Izi nizo nkino zigiye kuba kuri uyu wa kane!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umurundi Ndayisenge Kevin Dambo yerekeje muri Rayon sports . Ivyo bikaba vyanditswe muri kimwe mu binyamakuru cegukira Umugwi Rayon sports , bikanavugwa y'uko uyo musatirizi ashobora!-->!-->!-->!-->!-->…
Dynamo na les Gazelles baraye batwaye igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu . Hari kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 22 Kigarama, Mu Ntara ya Gitega niho hakinwa inkino zibiri za nyuma z'igikombe!-->!-->!-->!-->!-->…
Bamwe babona ko Bruce Melodie naho yoreka kuza I Bujumbura, ngo abateguriwe kumuherekeza muri ivyo biteramo ngo n’ibihangange gusa nta nkeka ntawobona ko ataje. Bruce Melodie ngo ashobora kutaza I Bujumbura mu giteramo!-->!-->!-->!-->!-->…
Abantu ukanza wumva ngo jewe ndi Ingénieur Electro-mécanicien . Uti aho. Ngo kandi "j'ai distingué". Uti ahh, ni sawe kweli. Uti none ubu uri mubiki? Ngo " wapi, urabona nta kazi kahari, ubu nabaye ndaja…
Kidum ngo yama buri gihe agwa mu mporera iyo hari ibibazo vya Politique mu Burundi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Kaka Boney ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Ku rubuga rwa facebook, Kaka Boney uno musi abarizwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.