David Nduwimana yitezwe mu biteramo i Bujumbura, akazonakorera igiteramo I Kigali mu Rwanda aho azoba arikumwe n'ibicocoro vy'abanyarwanda mu Muziki wo guhimbaza Imana, nka Alexis Dusabe. Mu gihe David Nduwimana…
Mb data ngo naho Sat-B aheruka gushikiriza ko yamuteye ubwoba kuko afise uburyo akora busa n'ubugomba gusa n'ubwo we akoresha, ngo ntibimutera kuduza agatuza ngo arakomeye. Mu gihe Sat-B aheruka gushikiriza…
Stino Vocal n'umuririmvyi w'umurundi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana, yatanguye kuririmba kuva 2016 yabitanguriye mu gihugu kibanyi ca Tanzania amazina yahawe n'abavyeyi ni Matabaro Jean Augustin .…
Naho Big Fizzo ari mu baharaniye ivy' abana nka Drama T bariko bariginamwo uno musi, ngo nawe aheruka kunyerera akora amakosa mu kuvugira hejuru, Kandi yarafise ubushobozi bwo kuvuga aciye bugufi kuko ijwi ryiwe naho…
Umurwi Buja Queens uhejeje gutahukana igikombe c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere c’abigeme citiriwe Lumitel Women’s League c’Umwaka wa 2022-2023. Aho ni inyuma yo gutsinda umurwi Bon Avenir ibitsindo 4-0 bawusanze iwabo i…
Mu gihe Sat-b ariwe yari afise idarapo mu baririmvyi baronse Views nyinshi mu mwanya muto, Drama T amukuye mu kanwa igice c'inyama, iyindi ayisigarana mu majigo, kuko kuvayo yose bidakunda. Ariko Kandi anamutsindira mu…
Urukino ruryoshe kandi rubereye ijisho rwitwa Criket rwatangujwe mu Burundi n’umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Ntwarante 2023 , isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Hindu…
Abantu batanguye kwibaza ikiribwa ari, kuko umukunzi wiwe yavuze ko Mow Kanzie ari ikiribwa, bamwe bakaba batanguye kubaza ko yoba ari inkoko ngo n'abo bashiremwo ukuboko mu kuzana ubugari. Mow Kanzie asubiriye Kandi…
Drama t naho yasavye ikigongwe, yatanguye guterwa ubwoba ngo aramutse ahonyoje ikirenge muri Canada azoca akubitwa kubera ivyo aheruka gushikiriza ku baba muri Diaspora. Ibi bikaba bitanguye ataranahabwa na VISA yo kujayo.…
Umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ufise akazi katoroshe kugira usubire kwitabira inkino za CAN 2024 . Amahirwe Uburundi busigaranye ni ibice 20% ivyo bikaba vyavuzwe n’umwe mu bamenyeshamakuru ba kera Tharcisse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.