Drama T mw'ijoro ryo ku musi wa Kabiri, imbere gato yuko amakuru amenyekana ko buca aja kurekuza umuririmvyi Baouden, ngo bwabundi yari yagiye kumuraba aho yarafungiwe. Uwo muririmvyi wa ITamporize, yavuze ko…
Ivyananiye aba Legend ngo bikozwe n'umwana muto cane, Drama T. Ivyo n'ivyo vyashikirijwe n'ababonye icashikirijwe n'uwo muririmvyi aho bavuga ivy'ifungugwa rya Baouden. Amafaranga 400,000 fbu, angana…
Ya Post ya Kaya Free yavugwamwo ivyaha vy'agacamutwe vyagirizwa DJ Paulin, birimwo kudandaza Ibiyayuramutwe yanyitse nk'umuco itara rizimye. Ukubitiye ku rubuga rwa Facebook rwa Kaya Free wa muririmvyi…
Ibintu birakaze, ya Ntambara hagati ya Big Fizzo na DJ Paulin, B Face yayishizemwo ukuguru. Abahwaniriza hamwe abakubita amakofe mu matwi, kuko ngo bose ari abanyamafuti gusa. Akoresheje urubuga rwa Facebook, uwo muririmvyi…
Ntibikiri ibanga ahubwo bibandanya bifata iyindi ntumbero Big Fizzo arasabwa gusaba ikigongwe ariko ngo na DJ paulin nawe ngo nasabe ikigongwe, mwibaza ko arinde yosaba ikigongwe? Muvyo yagirizwa DJ paulin ngo nuko…
Ahari impene ngo hasigaye ikiziriko, uko Niko twovuga dukubitiye Kuri rubuga rwa YouTube rw'umuririmvyi Double Jay. Ahari indirimbo ya Kirungo yari yasohoye ku musi w'Imana, nta kihasigaye. Mu gihe hari hatanguye…
Mista Champagne ngo abamuca intege kuvyo ariko arakora ngo nuko Kajala atamushigikira, ngo ntatahura ukumushigikira baba bariko baravuga ukwarikwo. Uwo muririmvyi abarizwa muri Tanzania aho yagiye gukora amasanamu…
Pascaline canke Pascalinda slameuse asanzwe afise n'impano yo kuririmba ndetse nogukina amareresi niwe yaraye asangiye Pasika n'abana b'impfuvyi. Pascalinda kubaho yatanguriye kwerekana Impano yiwe ibihe…
DJ Paulin yiswe umudimudimu akagirizwa KO atari Umurundi, isemo ryoba rigeze he ryo yakwa ubwo bwenegihugu bavuga ko afise adafitiye uburenganzira? Ibintu birakaze, DJ Paulin habuze gato ngo bamusabire kwirukanwa mu…
Kirungo wa mugore yagirizwa kwiba abagabo, ashobora gutuma Double Jay asubira Kandi ku kinwa ya benshi, kuko hamaze gusabwa gukorana hagati yabo. Mu gihe twari turindiranye igishika cinshi Indirimbo nshasha ya Double Jay,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.