Baraka Olegue benshi muzi nka OLG Olegue hamwe na Vichou love baraburira abantu bafise indirimbo bariko barategura gushira ahabona muri aya mezi 2 ari imbere, ko boraba bakazisohora ubu vuba kuko aya mezi 2 ngo ari ayabo.…
Mu gihe Mista Champagne yavuga ko we ariko arafasha, kuko yabisabwe n'abatari bake aho abagore baba muri Australia bihaye akamenyo mu kuvuga ibishirasoni ku mbuga za TikTok, agasaba abamukurikirana bagera ku 62,000 kuri…
Kuri uyu wa gatatu Alvin Smith yasubiye kandi kwerekeza mu gihugu kibanyi c'Urwanda, aho bishoboka ko agiye guheraheza igikorwa ciwe gishasha yakoranye na Bwiza. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp co kimwe…
Umuririmvyi Berry Music ngo amahera akoresha mu gusohora indirimbo ni umurengera niyo mpamvu adashobora gusohora indirimbo ku bwinshi. Mu kiyago yagiranye na Akeza.net, uwo muririmvyi yatanze insiguro y'igituma afise…
Uburayi buraryoshe, ariko mu gihe c'imbeho ngo haba hashisha, ivyo biheruka gushikirizwa na Mugani Désiré mu kiganiro One Long Shot ikiganiro ca Isanamu media. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba yamenyesheje ko…
Umuririmvyi Sat-B ngo yumvise umubabaro udasanzwe aho yumviye ko mu bushikiranginji bw'urwaruka, inkino, imicokama n'iyinjira ry'Uburundi mu muryango bwa Africa y'ubuseruko ata buryo bwategekanijwe bwo…
Alvin Smith ngo ntashobora gusohora amafaranga angana n'amadorari y'abanyamerika 5000 ngo akore amasanamu y'indirimbo. Ivyo Alvin akaba aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi…
Indirimbo nshasha ya Monia Fleur igiye gukorerwa amasanamu, canke igiye gushirwa ahabona ishobora kuba "Mon bébé". Akoresheje urubuga rwa Instagram, mu gice ca Story, Monia Fleur yacaguje abamukurikirana kuri urwo…
Mu mwanya urume rumara, amasezerano zari the Boss Lady yaheruka kugirana n'ihoteli Divine Resort and Spa yo muri Uganda yahagaze kubera irekurwa ry'amafoto n'ama Videos agize imisi ariko arakwiragizwa hirya no…
Inyuma y'imyaka hafi 5, umuririmvyi Andy Mwag agiye gushira ahabona urukurikirane rugira kabiri rw'indirimbo ziwe. Urwo rukurikirane rugiye gukurikira Nisaidie yasohotse mu mwaka wa 2018, rwahawe izina rya CHAMPION,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.