Mu babaye hafi yacu bagakurikirana amakuru twagiye dutanga muri ino misi, twari twababwiye ko Indirimbo ya Double Jay na Kenny Sol iheruka gukwiza 1M Views ku rubuga rwa YouTube rw'umuririmvyi Kenny sol. Ayandi makuru…
Ku bakurikiranira hafi amakuru dutanga mu misi iheze twari twababwiye ko bivugwa ko Olegue yasubiye muri studio kubandanya ibikorwa ubona ko ariho yarakironka akaryo. Iyo nkuru iheruka kwemezwa n'uwo muririmvyi nyene, mu…
Mu misi iheze umumyarwenya Machael Senganzi yari yamenyesheje ko ariko akora cane ngo bikunde ko Igikorwa asanzwe ategura ca CARAVANE du Rire cosubira Kandi gukoreka. Ku musi w'ejo, uwo munyarwenya yatanze icizere…
Inyuma y'amezi 4, umuririmvyikazi Natacha yashize ahabona Indirimbo yiwe nshasha, iyo nayo ikaba yahawe akazina ka Walete. Iyo ndirimbo ija ikurikira indirimbo ikigori imaze kurabwa incuro zirenga 100,000 ku…
Uwuvuze ko Kiki Toure yari umwami wa Karaoke I Kigali ntaba abeshe, kuko Kiki ari umwe mu baririmvyi ba karaoke b'abarundi imbere Covid-19 yari rutumwako mu bikorwa bitandukanye i Kigali. Uwo mwami rero agiye gusubira…
Imbuga za Twitter z'abategetsi bamwe bamwe nk'urw'Umukuru w'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, urwa Willy Nyamitwe co kimwe n'urw'umugambwe CNDD FDD zishobora gutangura kurihishwa…
Ku musi w'ejo hasohoka Indirimbo Body ya D One na Social Mula, icizere kwari uko iyo ndirimbo ikwiza Views 100,000 mu masaha 24 gusa, ariko bikaba bitakunze. Mu masaha hafi 36 iyo ndirimbo isohotse ikaba imaze…
Yvan Muzik ngo uno musi isaha 4 z'ijoro arashira ahabona Indirimbo yiwe nshasha. Iyo ndirimbo ikaba yahawe akazina ka Nyash, rikunze gukoreshwa n'abanya Nigeria cane mu kuvuga Igisusu. Iyo ndirimbo nkuko uwo…
Ku bakurikiranye amakuru twagiye turabashikiriza, muribuka ko twari twababwiye ko Alvin Smith yasubiye i Kigali kugira aheraheze igikorwa yari yakoze, kandi twari twababwiye ko igihe Alvin asubira i Bujumbura ava i Kigali,…
Amafaranga 10,000 ngo niyo yabaye intandaro yo kutaja kwakira umuririmvyi w'umunya Nigeria aheruka hano iwacu ariwe Timaya, ivyo biheruka gushikirizwa na Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter. Uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.