Icizere ngo kirahari ko Diamond Paltnumz na Alikiba bazoza mu misi ya Vuba bakumvikana, ico n'icizere gishikirizwa na bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania, kuko ukutumvikana hagati y'abo bagabo kumaze…
Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b’abarundi, Ivyo n’ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw’isonga…
Ihiganwa rya basketball rirabandanya rikaba ririko riragera ku musozo waryo. Imirwi ine ya mbere niyo izoserukira igisagara mu mahiganwa y'igihugu bita mu kinyamazuru Championnat national . Les hyppos iza gutana…
Inyuma y'igihe kitari gito umumenyereza wa basketball Loko ashitse muri Suisse mu gisagara ca Lausanne yizigiwe n'umurwi wo muri ico gisagara . Lionel Nkurunziza batazira Loko yavutse kw'igenekerezo rya 7…
Nishimwe Esther azwi cane kw'izina rya Esther Nish, ni umwe mubaririmvyikazi abandanya avyifatamwo neza mukazi kiwe k'umuziki "Umbamwo " n'indirimbo yakoranye na Kidumu ikaba ariyo yatumye…
Mu gihe hasigaye amasaha aharurwa ku ntoke kugira haboneke indongozi zishasha za BDUSA, haracariho umurwi w'abarundi baba muri America wemanga ko ayo matora yoba ari inkinamico. Amatora y'indongozi za BDUSA…
Ntaganzwa Olga Lorie umuririmvyikazi benshi bazi kw'ijwi ridasanzwe na cane cane mu guteramisha abantu mu ma Karaoke. Yamenyekanye ubwambere mu murwi The Cousine warimwo abaririmvyi nka R Flow, Chany Queen, na Bamson,…
Rumwe mu nkino zirindiranywe igishika mw'ishirahamwe rya basket i Bujumbura, mu mpera z'ino ndwi kw'igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 rukazohuza Urunani rubarizwa mu kibanza ca Kabiri na Dynamo ibarizwa mu…
Indirimbo buca isohoka ya Adojosan na Big Fizzo yatanguye kumenyekanishwa kuri uyu wa kane amasaha yo mw’ijoro, ngo ije itorosha ibintu, mu gihe abantu bari bazi ko bagiye kuruhuka gatoya inyuma ya Korayo ya Olegue. Ivyo…
Muri commentaire ya Post ya Instagram y’uwahoze ari umumenyeshamakuru wa Reama Fm, Ismail Niyonkuru, Natacha yishuye Kidum kuri post biboneka ko yakuwe ku rubuga rwa Facebook rw’uwo muririmvyi ko Imbwa ziyizi ariko ko we…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.