Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze kwandira coronavirus bagera ku 692.…
Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita contrôleur mu…
Kuva aho ikibuga c'indege Melchior Ndadaye hamwe n'iyindi mipaka y'uruja n'uruza vyugururiwe ngo ibice 95 kw’ijana vy’abatowe coronavirus baje bavuye hanze y’igihugu. Mu kiganiro yahaye abanditsi…
Ishirahamwe Payway ryahora rifasha mu kugurisha ama "unité" no mu kuriha amafagitire y’amatara n’amazi vy'ishirahamwe Regideso ngo ntirirekuriwe gusubira kuja kurangura ama "unité" muri Regideso kuva…
Itoni zirenga ibihumbi 10 niwo mwimbu w'icayi wabonetse mu mwaka w’2019 ushira uw’2020. Bishikirizwa n’uwurongoye ihinguriro ry'icayi OTB aho yabishikirije mu nama yabereye mw'Ijenda muri komine Mugongomanga…
https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY&t=23s Uwundi yatewe n’abagizi ba nabi ni Kabizi l’eau Comedien, uwo nawe akaba yashikiriwe n’akaranda kariko kagwa ku vyamamare vy’abarundi basanzwe bafise imbuga…
https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Sada Nahimana ngo ntazi uko mu mwaka uza azobasha kwitabira amahiganwa y’urukino rwa Tennis , ivyo nivyo yashikirije mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru BBC mu rurimi…
https://www.youtube.com/watch?v=37rxy3pL9aE Abatari bake mu baforomakazi bo mu gihugu ca Ghana barafise ibibazo bikomeye bijanye n’ukutarongorwa, iyo ikaba ari imyidogo yashikirijwe na bamwe mu kiganiro bahawe n’ikinyamakuru…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league aho banganyije na Young Buffaloes 0-0. Abakinyi ba Messager Ngozi…
Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no gukoresha abana mu ndwano. Biri mw’itangazo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.