Brothers ni umwe mu mirwi itaramara imyaka ine mw'ihiganwa rya hano i Bujumbura ,uwo murwi ukaba watangujwe na Aimé Vyibuka, umaze kwirihira SOS mbere ukaba waraye utsinze mu buryo butangaje umurwi ukomeye mbere ufise…
Amaririra ni meshi ku muririmvyi Bain Turo kuba yahagaritswe n'ubuyobozi yahoramwo, ivyo abatari bake bariko babibona nk'inkinamico bateguye kugira bahume amaso abakunzi b'umuziki ku bw'ikosa bakoze…
Igihugu ca Egiputa cerekanye ku mugaragaro amasandugu 59 aherutse kubonwa bushasha mu bumanuko bwa Kayiro, umurwa mukuru w’ico gihugu, bikaba bivugwa ko ayo masadugu naho akozwe mu biti yoba amaze imyaka yababa 2500. Ayo…
Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi asaba ko amatohoza yokorwa vuba hamenyekane icateye umuriro mw'isoko ya Kamenge. Alain Guillaume Bunyoni avuga ko abashikiranganji batandukanye umwe wese mu bimuraba bogira ico…
Umushikiranganji w’indero, inyigisho za Kaminuza n’ubushakashatsi afise amakenga ko mu gihe atacohindurwa ibintu bishobora kuyangara muri Kaminuza y’Uburundi. Nk’uko bibonekera mu rwandiko aheruka kwandikira umushikiranganji…
Inyuma y'amezi arenga atandatu yari aheze ikibuga ca Entebbe muri Uganda cugaye kubera ikiza ca koronavirisi, ikigo kijejwe ibijanye n'indege casubiye kwugurura ico kibuga. Naho biri uko, ingenzi zisabwa kwerekana…
Michou Miracle ngo naho abandi benshi iyo bipfuza gutanguza ibinyamakuru babanza kwiyumvira Youtube ngo we siko abona Tv azoshinga. Mu Kiganiro yagiranye na Indundi Tv, Michou yavuze ko aho yakoreye hose ngo ico yahaneguye…
Christine Diane Teigen azwi kw'izina rya Chrissy Teigen asanzwe ari umunyamideri ,umumenyasha makuru ,umukinyi w'amareresi n'umufasha w'umwanditsi n'umuririmvyi w'indirimbo "All Of Me"…
Ikawa nk’igiterwa njabukamazi irazanira Uburundi amafaranga y’agaciro atari make. Icegeranyo c’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR cerekana ko ico gitegwa cinjije imiriyaridi zirenga 18 z’amafaranga y’amarundi.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.