Inyuma yo kugerageza kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu, ariko ntiyaronka ico kibanza, Dieudonne Nahimana yasubiye kuboneka mu kindi gikorwa. Imboneza Talk Show n'ikiyago categuwe na DNF, Dieudonne…
Abanje kwemanga ko abarundi baba mu mahanga bashoboye vyinshi,bafise uburyo bwinshi kandi bize vyinshi, bitandukanye Andre Nkeshimana, abatera akamo ko gushika mu gihugu bakaraba ibigoye Igihugu, n'imiryango. Uwo…
Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo mwana yavukiye mw'ikomine vyamusaba…
Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi Fabelove yasohoye ururirimbo Hange indirimbo yakorewe muri Empire…
Umuririmvyi Titus Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye mundirimbo asazwe akora aho avuga…
Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro n'umutekano kubera ariwo mushinge.…
Nti bimenyerewe ariko bishobokera abavyizeye, Laetitia Mizero amenyesha abarundi ko batoza barikengera, ahubwo bogerageza kuko nawe yatanguye akora bukebuke, ariko ageze aho atagitinya guhiganwa n'Abanyamerika. Mizero…
Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku rubuga rwa Instagram, Sallam Sk asanzwe…
Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000 nibo bamaze…
Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe ubudandaji, n'amahinguriro,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.