Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu kiyago aheruka guha mugenzi wacu. Ico gihe nkuko Lolilo…
Mu gitabo canditse citwa "7 HABITIS OF HIGHLY EFFECTIVE PEOPLE" Stepohn R. Covey arafata ukuboko umusomyi akamutahuza ibitari bite. Ni igitabo rero aho Stephen R. Covey yerekana inyifato indwi umuntu ategerezwa…
Uko biri aho tugeza amaso Maze rero ugasanga abantu bagishakana , imitima yabo ikaba yuzuye urukundo. Uwuryamye, akaryama ntibuca. Uwubunye uwundi umuti ngo di! gutyo dogirigori, bagaheza bagashika aho bashira ku muco…
Mu gihe umukinyi w'amareresi muri Tanzania Wema Sepetu abandanya kugwana ngo azoronke umwana, inyuma yaho aviriye mu mahanga kwivuza, uwo mugore yahavuye asubira kandi kugira ico abivuzeko. Mu kiyago aheruka guha imwe mu…
Hafitiwe ku makuru ya nyuma aherutse gusohoka ku vyerekeye Covid 19, nk'uko vyasohowe na Université yitwa Johns Hopkins , abantu ngo bagera kuri 19.499.341 (imiliyoni cumi n"icenda n'ibihumbi amajana ane…
Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo…
Aha rero kw'isi vyotubera vyiza twamye tuzirikana ko turi mu rugendo rutujana ahandi; aho imishaha yacu izoba akaramata. Nico gituma rero uwaciye urwevu, aheza akama azirikana ivy'urwo rugendo uko bukeye uko bwije…
Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi batari bake nabo batavuzwa. Mu kiyago na Michou Miracle, uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.