Abayoboke ba Zebiya batahukanywe mu miryango yabo, kuri uyu wa gatandatu, ngo baranse gutera umukono ku rupapuro rwemeza ko bagiye gukurikiza amategeko y’igihugu. Naho biri uko, umuyobozi mukuru ajejwe igisata co gutahukana…
Umumenyereza w'umugwi wa Rukinzo Fc , Amissi Bagumako yaraye ashikirijwe agashimwe k'umumenyereza yavyitwayemwo neza mu kwezi kwa gatatu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha icenda 15h00…
Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri uwo muririmvyi.Bain Turo we agira gute inyuma yo!-->…
Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije kundwi ya 10, uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi wa Telaviv watsinze…
"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze…
Chris Biz ngo kudandaza vyamutumye uno musi naho ata mu Manager afise abasha kubandanya umuziki kuko ashoboye gushika kuri ino saha kwirihira indirimbo, yaba Video canke Audio. Mu kiganiro na Ami Pro, Chris avuga ko uno musi…
Ismail gasore ngo ntibikunda ko umuntu atwenza abantu agenda kuri Stage atabanje gutegura ico ashikiriza abantu baje kumuraba, ariko ngo iyo vyanse niho acishamwo ivyo aba atateguye. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu…
Akoresheje urubuga rwa facebook, Preeze 36 yipfurije umuvyeyi wiwe kuruhuka amahoro, kuko iyo nararibonye yasezeye ino si y’abazima. Emile wenga yahoze ari umuyobozi w’ubuhinga mu nsamirizi y’igihugu “RTNB”, akaba kandi umwe…
Umuririmvyi Nimbana Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo hari igikorwa gishasha kiriko kirategurwa kizoshirwa ahabona mu misi iza. Ivyo akaba yabishikirije ku musi w’ejo ku rubuga rwiwe Instagram. Kuri urwo rubuga akaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.