Inyuma yaho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rifatiye ingingo abarorezi kudasubira kurorera inkino izarizo zose zibera ku kibuga c'intwari kumvo z'uko mu rukino rwa Inter Star na Musongati…
Haheze igihe kitari kinini Umuririmvyi Fabelove ashizwe kurutonde rw'abaririmvyi bagiye kuboneka mundirimbo izohuza Abaririmvyi benshi bagiye batandukanye aho iyo nayo ari #IZINA REMIX Ya Sat-B.Fabelove n'Umwe!-->…
Lolilo ngo umukunzi wiwe ari na mama w’umwe mu bana bane asanzwe afise ngo si umuririmvyikazi, ahubwo ngo igihe yaririmba kwari ukwiryohera gusa, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi aho yamenyesheje ko bakirikumwe…
Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi yaryo.…
Aglaë Umwigeme afise impano itangaje yo kuririmba benshi mwamumenye mumahiganwa ya primusic mukiganiro yagiranye na indundi Magazine (Indundi Tv: 👉🏾https://youtu.be/RyWFJBCtj5o ) yabashije kutubwira igihe yatanguriye umuziki!-->…
Ugusubira kubona Sat-B ahantu avuga ko afitanye ikibazo n’umuririmvyi uyu canke uriya ngo n’umuziro uzirwa. Igituma ngo nuko ubwa mbere yabona ko ari imwe mu nzira bocishamwo ngo babashe guca agafaranga nk’uko abandi…
Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020 ko bashikirije mu vyegeranyo vyabo ko ayo matora…
Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera imuhira iwabo, ivyo ngo bigatuma iyo kawa…
Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba ari umunyabigega…
Inyuma yo kumara igihe kinini atari kurubuga ngurukanabumenyi narumwe canke ngo yumvikane aha na hariya Ismail ubu ariko arakora nk'uko yahora abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe haba Instagram, Facebook na!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.