Kuba bugabo bwigaba,agakengere, kutubaha abavyeyi ndetse no guhangamaso ivyo abavyeyi babiriye akuya ni bimwe bituma imisore yo muri ino myaka itava kuziko ngo ije guhiga ubuzima bwite. Ivyo ni vyago dusanga mu magorwa…
Abagize umugwi Runtown Dj bavuga ko guta umwikomo kuba Dj ngo ntibavuza umuziki ndundi, atariwo muti, ahubwo umuti ngo n’ugushira hamwe inguvu kugira ejo hazobe heza, kuri bose. Nayahandi Dj phylbert ngo kutavuza umuziki…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Rusama 2020, niho twabona ikete rya bamwe mu barongoye imigwi yakirira inkino ku kibuga c'intwari bari bagiye hamwe bandikira uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gufata ingingo yo kwemerera abakunzi b'imigwi iyariyo yose ikinira ku kibuga c'intwari kuzohora ijana abarorerezi 50 kuri buri mugwi,…
Abigisha babiri baheruka guhagarikwa n’igiporisi c’Uburundi kijejwe gukingira abana n‘imico bagirizwa gufata ku nguvu abarerwa babo. Nk’uko bishikirizwa na Moïse Nkurunziza, icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020 , ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 28, imigwi izohura uku gukurikira : Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/05/2020 : - Isaha icenda…
Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amatara n’amazi mu gihugu Regideso ngo birakwiye ko ibisata vy’amazi n’amatara, kimwe kimwe ukwaco cigenga kugira ngo bibone gukora neza. Urwandiko rujanye n’iryo tunganywa gushasha…
Nkuko bizwi abakunzi b'umupira w'amaguru mu Burundi bifadikanije n'Umumenyeshamakuru wa Radio Isanganiro Kwizera Ismail bamaze amezi bariko batanga udushimwe Ku bamenyereza b'imigwi ya Primus league bama…
Intandaro y’ukuja kuririmba kwa Fortran Bigirimana ngo s’uko yumvise abishaka, ariko ngo wari umuhamagaro yagize. Aho hari inyuma y’ukubura abavyeyi bose afise imyaka 10, noneho akihereza Imana yahavuye akorera mu nyuma. Mu…
Kuva igisata c’ikawa kivuye mu minwe y’abikorera utwabo kikaja mu minwe ya Reta abarimyi b’ikawa bavuga ko bahagiriye akunguko kadasanzwe kuko baza baramaze guhembwa amafaranga y’igice ca mbere c’umwimbu wabo mu gihe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.