Urwego rw’umuhuza w’abarundi rusaba abaririmvyi, abasanzwe bakina ivyese n’amareresi bo bafise ijwi rishika kure kandi mu mwanya muto, ko bofasha mu gutanga ubutumwa bujanye n’ugukeza inzego nshasha ziheruka gutorwa.…
Abahoze ari abanyeshure ba kaminuza y'Uburundi batararonswa impapuro z'umutsindo zemejwe n'amategeko ngo borema kuko igikorwa co kuzemeza kigiye gutangura mu minsi ya vuba. Umuyobozi wa kaminuza y’Uburundi…
Dj Bisoso ngo nubwo umuntu yomwica ntiyokwigera aja kurondera ba bakobwa badandaza umubiri, ivyo n’ivyo aheruka kubwira ikinyamakuru Isimbi co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho asanzwe yisumamwo, agakorera n’ikinyamakuru…
Haheze igihe kitari gito umuririmvyi akiri muto abenshi bazi nka M Nif Jimbo ariko arakora ibidasanzwe mu rugendo rwiwe rw'umuziki ariko hakama hari igifungu co kumenya nimba ari muri Label canke akora kugiti ciwe.Kuva!-->…
Inyuma yaho atangiye Challenge kundirimbo Master ni Fabelove bisa nkaho benshi mubo yavuze batinye kumwishura bivanye nuko babitahuye ugutandukanye n'intumbero yiwe canke n’icipfuzo ciwe kumudiho wa RapBiciye!-->…
Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza arashima cane kubona abanya gihugu bitavye akamo ko kwitabira urukino bari batunganije. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 22 Rusama 2020 isaha icumi 16h00, niho…
Urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha gupfungura abapfunzwe bazira ivya poritike hamwe no kwubahiriza umutungo wa Reta. Urwo runani Kira Burundi rusaba kandi izo ndongozi zishasha kuzokora ibishoboka vyose kugira…
Mu giteramo citiriwe Bantu Bwoy Concert Burundi Tour caraye kibereye mu Ntara ya Rumonge ngo nticitabiriwe bishemeye n’abakunzi b’umuziki ndundi naho Bantu Bwoy yoyo yemeza ko cagenze neza batibagiye no gushimira abanya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.