Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo mukunzi atakibarizwa muri Tanzania, ariko ageze muri Kenya. Uwo mwigeme…
Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona. Ivyo navyo s’ibindi n’urukurikirane tutarabasha…
Umuryango wa Belle Nice ngo uraryoherewe inda afise, kuko ngo n’umuvyeyi wiwe yaranamukeje kuko ngo yahawe ivyo abenshi bipfuza. Mu kiyago n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, uwo mwigeme avuga ko umuryango umuri hafi, kuko…
Kur'uyu wa mbere igenekerezo rya 02 Ntwarante 2020, umukinyi w'Umurundi akina hagati yaguzwe mu murwi wa Aalesunds Aafk mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Norvège. Uwo mukinyi Bizoza akaba yashize umukono ku…
Kur'uyu wa Mungu waraye uheze, igenekerezo rya mbere Ntwarante 2020, niho uburongozi bw'umurwi Olympic Star yo mu Ntara ya Muyinga bwafashe icemezo c'uguhagarika mu Kazi Nimubona Thierry, yari asanzwe…
Mika sengazi ngo ntiyigeze yibaza ko atanguye gukina Comedie, ariko ngo buke buke yahavuye yisanga yamaze gutangura gukina. Ariko kandi akaba avuga ko iyo ngabire anayisangiye na se, naho we ngo atayicisha ifaranga, kuko…
Mu gihe kuri uyu wa mungu isaha zitatu z’ijoro ku masaha y’I Madrid hari haramutse habera urukino rw’umupira w’amaguru wahuza imirwi ikomeye ku mugabane wa buraya, Real Madrid hamwe na Fc Barcelona, Cristiano nawe…
B Face ngo umu Star arafise Vie Prive, kuriwe ngo ico atashatse ko bavuga ngo ntibikunda ko bakimukuramwo. Ivyo akaba aheruka kubivugira mu kiyago yitavye aho hari hatumiwemwo abaririmvyi co kimwe n’abamenyeshamakuru…
Mu kiganiro umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba yagiraniye na imwe mu mboneshakure zikoresha bwabuhinga bwa none hano iwacu Shassir Nahimana yavuze y'uko Saido Ntibazonkiza akizerwa agahamagarwa mu ntamba mu…
Kuri musi wa kane uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020 isaha icenda 15h00 mu ntara ya Ruyigi niho umugwi wa Kayanza United wari wakiriye umugwi wa Buhumuza Fc mu rukino rwo gutamgura rw'igice c'8 gishira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.