Umwe mu banyarusaku akurikiranira hafi ivy’ubuzima bw’aba Stars muri Tanzania, mu kiganiro aheruka gutanga yavuze vyinshi ku baririmvyi nka Diamond, Alikiba, Harmonize n’abandi. Kuri Diamond na Zari yavuze impamvu…
Mu mpera zindwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro cambere mu gihugu c'Uburundi ryarabandanije kundwi yaryo igira 21. Uku niko imigwi yatsindanye : -Bumamuru Fc yatsinzwe na Bs Dynamik ibitsindo 2-1 -Kayanza Utd itsinda Ngozi…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2020, aho umugwi Namungo Fc wahura n'umugwi wa Muaduwi Fc mu rukino rw'indwi ya 21 y'ihiganwa ryo muri Tanzania Vodacom Premier League ( VPL) urwo rukino…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri League B naryo ryarabandanije kundwi yaryo igira kabiri. Uku niko imigwi yatsindanye: -Volontaire Fc yo mu Kanyosha yanganije na Messager Rumonge igitsindo 1-1 -Unité Fc yanyagiye Flambeau de…
Vyari bitanganje benshi ndetse n’umu Paparazzi yamubajije ikibazo ndetse vyamuteye gutwenga bigatuma Kirikou amubaza ko vyoba bitwengeje. Biciye mugiteramo co kur'uyu wa 14 Ruhuhuma 2020 catunganijwe na Bantu Bwoy aho…
https://www.youtube.com/watch?v=w-WjxwjF9H0
https://www.youtube.com/watch?v=Iy6eJYgOxK8
Kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 15 gushika kurya 16 Ruhuhuma 2020 ihiganwa rya Primus league rirabandanya kundwi yaryo igira 21. Igenekerezo rya 15/02/2020: - Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c'umuco Kayanza…
DJ Miller ari muba DJ bakunzwe cane I Kigali avuga ko babangamiwe cane n’abantu babiba amafaranga, kandi ngo bikaba biba akatari gake, atari kuwe wenyene ariko ngo no ku bandi ba DJ batandukanye bari I Kigali. Miller…
Mu gihe abatari bake muba Tanzania batari biteze ko Diamond ahava aryoherwana n’umukunzi wiwe kuri uno musi w’abakundana, uwo muririmvyi yakoze ivyatangaje abantu benshi. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru SNS co muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.