Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo uko biri kwose abarundi n’abarundi kandi bose abafata kumwe, ngo umwe amuhamagaye mu kazi ntiyoreka kugenda, nkuko ngo n’uwundi yomuhamagara uko nyene. Ivyo n’ivyo aheruka…
Happy Famba ngo umuziki yabanje kuwushira ku ruhande ngo abanze kwanza yinjize amafaranga biciye muri The Fighter Production, Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu anavuga…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, ahamagarira ba musitanteri b’amakomine kuba hafi kugira batange impapuro zisabwa n’abagiye kwitoza mu matora yimirije. Umushikiranganji Barandagiye…
Kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2020, umugwi wa KMC wari wakiriye umugwi wa Coastal Union mu rukino rw'indwi ya 21 y'ihiganwa ryo muri Tanzania urwo rukino rukaba rwarangiye iyo migwi ibiri…
Kuri musi wa gatatu igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2020, niho hamenyekana y'uko abahagarikizi b'abarundi babiri bari mu rutonde rw'abahagarikizi mpuzamakungu bazokurikirana inyigisho zijanye no kumenya…
Umwana akiri muto Ines aririmba muri Peace and Love band afise ijwi ridasanzwe vyemezwa neza ko aririmba nk'umuririmvyikazi wo mugihugu ca Nigeria abenshi bazi kw'izina rya SIMI arakomeza gukora ibidasanzwe…
Uburongozi bw'umugwi Espoir Fc wo mu cicaro cambere mu gihugu c'Urwanda waharitse umurundi yawumenyereza ariwe Rukundo Jean de Dieu mu kiringo c'ukwezi bivanye n'umusaruro udashimishije. Mw'ikete…
Inyuma y’iyinga ashitse mubwa Nyaburunga aho yatumenyesheje ko azanwe n’urukundo rwamye ruranga abarundi kuva kera na rindi, umuvugizi w’ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA 🇺🇸) risanzwe riyobowe…
Samuel Eto’o Fils ntiyerekwa iciyumviro c’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi Gianni Infantino, aho yashikirije ko abona ko ihiganwa ry’umupira w’amaguru muri afrika CAN ryotegurwa buri myaka 4. Uwo murongozi…
Tanasha ngo yaricujije cane kuba yaremeye gusohokana na Diamond, kuko vyamuteye uguhahamuka gukomeye cane. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro na Wasafi Tv. Muri ico kiganiro Tanasha yamenyesheje ko vyamutwaye igihe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.