Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 22 Munyonyo 2019, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino…
Ibura ry'indimi mva makungu mu ndirimbo Umubabaro nshasha ya Sat-b ntibiriko birabwa ryiza na bamwe mu bafana ba Sat-b bo mu bihugu bitumva ikirundi yaririmvyemwo. Imyidogo itanguye kuba myinshi mu bakurikiranira hafi…
Alikiba ararahira akarengwa ko atokwitabira Wasafi Festival, nawe ngo uruhererekane rw'ibiteramo ariko ashaka gukora ngo ntazomuhamagara. Ivyavuzwe ko Umwe muba Manager ba Diamond yagiye kuvugana na Alikiba ngo…
Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu kibanyi c’Urwanda. Ivyo bikaba bibaye mu gihe mw’ijoro…
Fabelove yerekanye imidiho Sat-b na Lolilo bashoboye kuririmba, akanavuga ko aramutse ashatse Collabo nabo yoraba uwujanye n'ivyo ashaka. Mu kiyago Fabelove yagiranye na Indundi TV, yabajijwe uwo yocagura hagati ya…
Inyuma yaho yakora wenyene vyasa nk'aho bigorana ariko bigateba bigashika, ni Bain Turo (Bain Ten) mu nyuma yashizwe k’urutonde rw’abaririmvyi bagiye guhagararirwa na Empire Avenue isanzwe ihagarariwe na Manager Kent-P…
Umushikiranganji Pascal Barandagiye ahamagarira ba buramatari hamwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura gukoresha ububasha bwose bafise maze batuze abariko baraduza uko bishakiye ibiciro vy’umwavu wa FOMI hamwe n’isima ya…
Mu gihe intamba zari zihejeje gutsindwa ibitsindo 3-0 n'umugwi wa Maroc kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Munyonyo 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari kiri i Bujumbura, unumenyereza…
Ubwoba nibwo bwoba butuma Diamond adashaka gushinga urugo, naho yari yamenyesheje ko biri mu migambi. Ubukwe Diamond yari yaremeye mu mwaka uheze ko azokorana na Tanasha inyuma y'ukuronka umwana ngo bushobora kutaba,…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Munyonyo 2019, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wari wakiriye umugwi nserukira gihugu wa Maroc mu rukino rwa kabiri rwo kurondera itike yo gukurakuranamwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.