Kidum abona ko kurabwa cane kuri YouTube bitotuma umuntu aduza itugu, kuko biterekana ko uzi umuziki gusumba abandi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo ukurabwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi nka YouTube…
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Munyonyo 2019 isaha imwe z'ijoro 19h00 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba washika ku kibuga citiriwe Perezida Melchior Ndadaye kiri i Bujumbura uvuye mu gisagara…
Linel kundirimbo zibiri gusa amaze gukora inyuma y'amezi make atanguye akazi ko kuririmba indirimbo zihayagiza Imana agiye gusohora iyindi izoza iremesha abantu boye kwihebura uko biri kwose. Linel Barutwanayo impano…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ujaniye abakinyi 17 gusa i Bangui kumvo z'uko umukinyi Nsabiyumva Fréderic yagize imvune ku munota wanyuma nayo Nduwarugira Christophe agira ikibazo…
Francis Muhire ati:"Ba sokuru barayamaze bati:" Iyija kurisha, ihera ku nama". Burya, ikibazo co kumenya "color" y'umuziki wacu, wocibajije mbere y'umunsi wa mbere uja muri studio ubwa…
Ibimodoka bishaje, gusivya ingendo,gupfira mu nzira bigatuma abantu badashika ku mwanya hamwe n’imishwano kuri ba mukerarugendo nivyo vyahoze biranga ishirahamwe Friends ryahora ryunguruza abantu bava i Bujumbura bagenda mu…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2019 isaha icenda 15h00 mu masaha ya hano iwacu niho umugwi nserukiragihugu w'abigeme watana mu mitwe n'umugwi nserukiragihugu wa Zanzibar mu rukino rwa mbere rwa…
Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-0 n'umugwi wa République Centre Africaine mu rukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca CAN2021 kizobera muri Cameroon, Intamba mu rugamba zitezwe gushika ku kibuga c'indege…
Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 13 Munyonyo 2019, niho hamenyekana umukinyi yatsindiye agashimwe k’ukwezi kwa Gitugutu 2019, uwagatsindiye akaba ari Iddy Muserem asanzwe akina mu mugwi wa Messager Ngozi akaba yariko…
Ukumara umwaka atagikorwa agaragaramwo Clementine Kavy ashobora gusohora indirimbo iheraheza uno mwaka, indirimbo ishobora kuzoza giturumbuka ku bakunzi b’umuziki. Inyuma y'ukwandika amajambo aciye kuri rwa rubuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.