Mu rwandiko ibiro vy’umukuru wa Reta Zunze Ubumwe z’Amerika Donald Trump vyaraye bimenyesheje inama nshingamateka y’ico gihugu ko ingingo ishira Uburundi mu bihe bidasanzwe ibandanya. Muri ubwo butumwa umukuru w’igihugu…
Natacha Ngendabanka n’umwe mu baririmvyi bariko bakorana ishaka n’ingumvu nyinshi aho ubona aza mu kibanza ca mbere mu baririmvyi bagerageza gusohoka igihugu ndetse bakanakora ama Collabo agiye atandukanye. Inyuma yaho…
https://www.youtube.com/watch?v=TAXINybA3cY&feature=youtu.be
Christian Nsavye abona ko abantu badakwiye kugira impari ku bafadikanya imyuga itandukanye irimwo uburirimvyi, ukumemyeshamakuru n'ibindi, naho muri kamere ya benshi batazi kwakira impinduka. Christian Nsavye umuhungu…
Inyuma y'umubonano yagiraniye n'Umukuru wa Senat, umushingamateka Reverien ndikuriyo, ku musi wa mungu igenekerezo rya 17 munyonyo, umuririmvyi Cedric Bangi yaramenyesheje abamenyeshamakuru ko uwo mutegetsi…
Inyuma yaho hagiye harumvikana amajambo yo kwishira hejuru n’uko umwe wese yiyita king muri Rap, ubu Fabelove aremeza ko ariwe King muri Rap kuko ngo uwo mugereranya n’uwundi muntu kwoba ari nko gucafuza izina ryiwe ndetse…
Ama Videos ya Karaoké agize igihe aboneka ku rubuga rwa YouTube rwa Kidum, ngo ni ukugira atere inyota abamukurikirana, kuko yimirije ibiteramo hirya no hino kw'isi. Mu gihe kidum yaramaze igihe adakora ibiteramo inyuma…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 18 Munyonyo 2019, umumenyereza w'intamba mu rugamba Olivier Niyungeko ari kumwe na kizigeza w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq batanze ikiganiro kubanditsi ndetse…
Bibaye arivyo, abaganga boba aribo nyendamuvamo w'ubucuti bukomeye bunuganugwa hagati ya Diamond na Lynn. Kuva Diamond Platnumz na Lynn bari mu gisagara ca Dubai bose umwanya umwe ngo biteye amakenga menshi, ivyo…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Munyonyo isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uzoba uriko urakira umugwi nserukira gihugu wa Maroc mu rukino rwo gukurakuranamwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.