Ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI, ribicishije ku kinyobwa Primus, ryaratanguje kuri uyu w’Imana uheze igenekerezo rya 03 munyonyo 2019, ihiganwa ry’abakunzi b’imirwi (FANS) yose iri mucicaro c’ambere « Primus Ligue »…
Inyuma y'aho umugwi Kayanza United asanzwe akinamwo utsindiye umugwi Aigle Noir ibitsindo 2-1, umukinyi w'umusatirizi wa Kayanza United Landry Ndikumana benshi bazi kw'izina rya Dro yaciye afata indege…
WhatsApp, ni ishirahamwe ryo gutumatumanako rikunzwe cane kw’isi ryegukiye Facebook kuva mu mwaka w’2014. Ryamenyesheje ko rigiye kwitwarira ishirahamwe NSO ry’abanya Isirayeri karuhariwe mu gusuma urusaku. Whatsapp…
Mu kiganiro yakoresheje ku rubuga rwiwe rwa Facebook c’ikibiriraho, hari kuri uno wa Mungu igenekerezo rya 03 Munyonyo 2019 aho yariko aganira n'abakunzi ndetse n'abasi bamukurikira kuri urwo rubuga iyo ari muri…
Yves Bébé ni umwe mu baririmvyi basazwe baririmba indirimbo zirimubwoko bwa Gospel hano iwacu. M'urukurikira rw’indirimbo aheruka gushira ahabona nk'uko abituyagira aratubwira indirimbo yakunzemwo kurusha izindi…
Aho muri wewe , muri uwo mutwe wawe harimwo inkomezi ziteye ubwoba! Hariyo inkomezi zingana n'iz'Imana. Urashoboye kurema, mu kiringo uciye muri nya nkomezi. Nta kintu na kimwe udashoboye gushikako! Hari mbere…
Amakuru dukesha bimwe mu bimenyamakuru bikorera ku butaka bwa Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo amenyesha y’uko uwo mumenyeshamakuru yagandaguwe mw’ijoro ryo kuwa gatandatu uheze buca ari kuw’Imana. Uwo…
Inyuma y'ikiringo kitari gito Emery Sun aracarindiriye umwanya mwiza ngo asohore urundi ruririmbo ruzosohokana n'amasanamu yago. Ongereza niryo zina ry'ururirimbo umuririmvyi Emery Sun agiye gusohora aho…
Inyuma yo gukorana indirimbo n'umutazaniya ariko avyifatamwo neza muri kino gihe ariwe Asley, ni Sat-b, habonetse isanamu muri Tanzaniya ari mu bibanza bisa nk'aho hariko hakorerwa ikindi gikorwa c'amasanamu.…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahanona urutonde rw'abakinyi 19 b'intamba mu rugamba bagiye gutana mu mitwe mu rukino rwo gutangura n'umugwi wa République…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.