Inyuma y'ikiringo c'umwaka wose mu Burundi ata Miss Burundi ahari, Miss Burundi Event yabagarukaniye Miss Burundi 2019. Igikorwa co kwiyandikisha mubazohiganirwa kuba Miss Burundi 2019 caraye gitanguye gitangujwe…
Ku musi wa gatatu uheze igenekerezo rya 30 Gitugutu 2019, umugwi Willem wo mu cicaro ca mbere muri Hollande ukinamwo umukinyi w'umurundi Ndayishimiye Mike Trésor wari wakiriwe n'umugwi Quick mu rukino rw'indwi…
Kuva kuri uyu wa gatandatu no ku w'Imana igenekerezo rya 02 nirya 03 Munyonyo 2019 ihiganwa rya Primus ligue rigiye kubandanya ku ndwi yaryo igira 12. Uku niko imugwi izohura ku musi wa gatandatu 02/11/2019 -Ku kibuga…
Umurwi ukina amareresi mu gisagara ca Bujumbura "The Gift Films Society" ubandanya uvyifatamwo neza mu gukina amareresi y’akataraboneka canecane mu rurimi kavukire rw’ikirundi. Mu kiganiro gito indundi yagiranye na…
Nk’uko tubisanga mw’itangazo ryashizwe ahabona n’umushikirizamanza kizigenza wa Repubilika Sylvestre Nyandwi kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 31 Gitugutu 2019, abamenyeshamakuru b’ikinyamakuru Iwacu ngo bari mu…
Uwahoze arongoye vy’imfatakibanza igihugu ca Burukina Faso, Michel Kafando yaraye arangije ikiringo ciwe co guserukira nk’intumwa idasanzwe umunyamabanga mukuru wa ONU mu Burundi. Agishingwa ayo mabanga, Michel Kafando yari…
Kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 30 Gitugutu 2019, harakomeretse abakinyi babiri bakomakomeye mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba mu gihe bariko bakinira imigwi yabo. Umukinyi wa mbere yaraye…
Mu kiringo rero wamaze gufata ingingo y'ico uzoba uri mu myaka hagati ya 7 na cumi", ubwo nyene uba winjiye mu ntambara zinyuranye mu buryo bw'impwemu. Ibishobisho rero binyuranye biba vyari vyibereye mu…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 29 Gitugutu umwaka wa 2019 mu bwongereza niho icegera ca kizigenza w'intamba mu rugamba Gael Bigirimana yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wo mu cicaro ca…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 28 Gitugutu umwaka wa 2019, niho umugwi Gicumbi Fc uri mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda wafata ingingo yo kwirukana umumenyereza wayo w'umurundi Ismail…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.