Bamwe ngo yoba agiye gukora ibiteramo bitandukanye inyuma yaho management yiwe yo mu gihugu ca Tanzania ibitangarije ko ikizokurikira kuri Natacha ari ugukora ibiteramo mu gihugu ca Tanzania. Inyuma y’insaku canke amajambo…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 27 Gitugutu 2019, niho umugwi Lusaka Dinamos ukinamwo umunyegori w'intamba mu rugamba Arakaza Mac Arthur wari wahuye n'umugwi wa Red Arrows mu rukino rw'umusi…
Godfrey Wamala azwi nka Troy yagiriwe n'icaha co kugandagura umuririmvyi Moses Sekibogo benshi bari bazi nka Mowzey Radio. Mowzey Radio akaba yishwe mu mwaka uheze w'2019, inyuma yo gukubitirwa muri kamwe mu…
Mu gihe umugwi Vital'o Fc wari waraye unyagiwe bimwe bikomeye n'umugwi wa Bumamuru Fc ibitsindo 5-2 mu rukino rw'indwi ya 11 y'ihiganwa rya Primus ligue Burundi, inyuma y'urwo rukino umumenyereza…
Amakuru dukesha radiyo y’abongereza BBC avuga ko Pastori Lamec Barishinga yemewe n’uburongozi bw’aba adivantiste kw’isi yose nk’uwongoye ishengoro ry’abadivantiste bu munsi w’indwi mu Burundi ariko atemewe mu bushikiranganji…
Igihe kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 27 Gitugutu 2019, i Ngozi ku kibuga c'urukundo umugwi Messager Ngozi wari wakiriye Buja city mu rukino rw'indwi ya 11 ya Primus ligue aho urukino rwarangiye…
Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 26 Gitugutu 2019 niho hamenyekanye y'uko umumenyereza Hussein Welo yandikiye ikete abatwara umugwi Olympic Star y'uko yatanze imihoho yo kuba umumenyereza w'umugwi…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 27 Gitugutu 2019 isaha indwi n'igice ku kibuga c'intwari kiri i Bujumbura niho umugwi Vital'o Fc wari wakiriye umugwi Bumamuru Fc mu rukino rw'indwi ya 11…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze, igenekerezo rya 25 Gitugutu umwaka w’2019 mu ntara ya Rumonge haraguye imvura idasanzwe ivanze n’umuyaga ibomora amazu y’abantu agera kuri 36 n’ikirase kimwe. Iyo mvura ikaba…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Gitugutu umwaka wa 2019, niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu gihugu ca Tanzania TFF ryaha amasezerano yo kumenyereza umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Star…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.