Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 na 27 Gitugutu umwaka wa 2019, ihiganwa rya Primus ligue rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 11. Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi…
Intambara turwana buri musi ni intambara z'ukwigizayo ico cose cohava kiza guhungabanya amahoro mu mutima. Iyo bishitse umuntu akavyuka akomeye araheza agashimira Imana. Eka kandi biraheza bikagenda uko nyene n'iyo…
Ibintu vyishi mbere tukaba tubizi. Ibikenewe vyose kugira bino canke biriya bihabe, maze tukaba tubizi. Yamara ukubishikako bikaduta ku w'amazi! Naranezerewe igihe nabona insiguro ry'ijambo " Ubwigenge"(…
Nk'uko bibonekera ku rwandiko umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI washize ahabona kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Gitugutu umwaka w'2019, uwo mugwi CENI umenyesha ko ugiye gutunganya iyandikwa…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yari asanzwe akinira umugwi Rayon Sports umwanya n'umwanya ashobora kwerekeza mu gihugu c'Ubushinwa mu mugwi wo mu cicaro cakabiri witwa Shaanxi…
Inyuma y‘ igihe kinini cane higaragaza ko abaririmvyi bakora umudiho wa RAP bacidogera abasanzwe bajejwe guteza imbere umuziki co kimwe n’amashirahamwe asanzwe atunganya ibiteramo ko boba batabaha akanya ko kugira…
Kuva kw'igenekerezo rya 26 gushika kurya 27 Gitugutu ihiganwa rya Primus ligue Burundi rizobandanya ku ndwi yaryo igira icumi na rimwe. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2019 : - Ku kibuga c'intwari…
Nk'uko bizwi buri kwezi ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama ritanga urutonde rw'ukungene imigwi nserukira gihugu yama igenda isumbasumbanya ibibanza buri ukwezi kuri uyu wa kane…
Kuva igenekerezo rya 08 Nyakanga umwaka wa 2019, igihe haba urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera kuja mu matsinda aha ubugenzanira bwo kwitabira igikombe c'isi kiziba muri Qatar mu mwaka wa 2020 , aho Uburundi…
Muntu wese uko ungana kwose, waba urwaruka canke uwisumbuye, umenye ko ukaba uriko ubaho udafise ihangiro c'ivyo wifuza kuba warashitseko mu myaka hagati ya 7 canke 10 uriko urigirira nabi cane. Ibi vyiyumviro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.