Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 Myandagaro(08) umwaka wa 2019 Intamba mu rugamba zabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira umigwi nserukira guhugu ca Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo…
Imyiteguro irashushe England kuri Nziza Desire na bagenziwe. Mu gihe hitezwe igiteramo kidasanzwe ku muririmvyi Nziza, akuya niko gatemba ku mubiri, nayo ibikorwa bikaba ariyo mbarutso yako. Desire akaba atashimye kuba…
Mugihe umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yari amaze gushira Ndaye chancel ku rutonde rw'abakinyi 29 bazokwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo gukina mu nkino…
Kwagura imbibe, NL Black niyo mpanuro atanga ku baririmvyi b'ababarundi. Akoresheje irijambo ngo:"Ubuganda ni igihugu cagutse, abantu baho bakunda kuryoherwa, kandi bamwe mu baririmvyi baho nka ba Chameleon…
Umwana yabuze arikumwe na Diamond agiye kumuronka ku wundi, kuko ubu ngo bishoboka. Wema sepetu ngo abaganga bamaze kumaha icizere ko ashobora kuronka umwana mu myaka, mu gihe yoba avyipfuza. Wema akaba abishikirije mu gihe…
Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya ku ndwi ya 4 kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019. Uku niko imigwi izohura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30/08/2019 - Isaha indwi n'igice…
Naho amakuru y'ubugeni bissosso bivurwa ko ashobora kuba yakoreye i Bujumbura yari yakwiragijwe i kigali, Bissosso yabibeshuje. Dj Bissosso yahakanye ayo makuru avuga ko yakoreye ubugeni i Bujumbura. Ayo akaba ariyo…
Mu kwezi kumwe gusa umwe mu mboneza mu rwaruka wa hano iwacu azoba abarizwa i New york mu nama yambere mpuzamakungu y'urwaruka ku bijanye nihindagurika ry'ibihe. I New York hakazoba hakoraniye urwaruka 100 ruvuye mu…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ntiyigeze ahamagarwa ku rutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba ruriko rwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 27 Myandagaro umwaka wa 2018 , ku kibuga c'intwari umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira urukino rwo kurondere itike yo gukina…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.