Inyuma yo kugaragara yuko abaririmvyi bakora umudiho wa RAP bidogera cane abasanzwe batunganya ibiteramo hano mu gihugu c’Uburundi haragiye harabaye itunganywa ry’igiteramo citiriwe HIP HOP DAY categuwe na ROCKSTONE KINGDOM…
Uburyohe bw'isi n'ibiyikomokako, akayaga n 'ibiyaga, ,ivyiza Imana yatugabiye, ni kimwe mu bitumwa igihugu c'Uburundi gihurumbirwa. Abahinga batari bake baremeza ko igihugu c'Uburundi ari nkahamwe…
Yambaye umwambaro urimwo amabara y'ibendera ry'igihugu c 'u Burundi, ndetse afise n 'ibendera mu ntoke Mkombozi yarabiciye biracika. Imbere y'ishengero ry'abantu bagizwe n'abaganda,…
Kwubaka ikibanza nka Kigali Arena ngo n'ikintu kitobananira na gato, ivyo n'ibishikirizwa na Diamond Platnumz ngo igikenewe n'ikibanza gusa. Kuva aho aviriye i Kigali mu giteramo, Diamond Platnumz ngo ico…
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n'umwe mu bari bagize umurwi P…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka w'2019, umushikiranganji w'intwaro yo hagati, inyigisho zo gukunda igihugu n'iterambere ry'abenegihugu, Pascal Barandagiye yagendeye impunzi…
Umugwi w'igiporisi c'Uburundi Rukinzo Fc kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 24 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Intwari uzoba ufise urubanza rudasanzwe aho uzokwakira umugwi wa…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka wa 2019, niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shaban Tchabalala yafata urugende rumushikana mu gihugu c'Urwanda kwumvikana…
Inyuma y'igitabo yise " Ivyara ntirigoye nko kurera" umukozi w'Imana Nihorimbere Leonidas yahavuye ashira ahabona igitabu kirata u Burundi aho yerekana ibintu bigera kw'ijana vyotuma umuntu agendera…
Magic Soldier KINGORONGORO Yakuriye inkoni ku gishitsi abanguha bakavuga ko yaherewe atakigira agafaranga ko gusohora indirimbo Inyuma yo kuvavanura na label yiwe ya Trust No Body ni KINGORONGORO bivugwa ko yasubiye inyuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.