Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu w'intamba murugamba Alain Olivier Niyungeko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka wa 2019 yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba…
Ivy'ikinjura rya Harmonize muri Wasafi vyahavuye bishirwa ahabona, ubu uwo muririmvyi ngo hari ivyo yamaze gusaba uburongozi bwa WCB. Uno musi ngo mubabarizwa muri WCB, Harmonize ngo ntarimwo, ivyo vyashikirijwe na…
Ukuba ashobora kuba aja mu bandi bakobwa ngo ico s'ikibazo kimuraba, mu gihe we amufata neza, ivyo n'ivyo Tanasha yashikirije kuri Diamond Platnumz umukunzi wiwe. Tanasha Donna ngo nta kibazo bimutera nimba Diamond…
Q boy ngo iyaba ari nawe ntiyari kureka gushiramwo agashari, amaze kubona ko indirimbo yanse kujamwo ibaye nziza kandi iriko ishika kure yaho yibaza. Inyuma y'umwanya utari muto ata kivurwa ku ndirimbo Q Boy yakoranye…
Kuva aho bagaragarije izina rigiye guherekeza Album yabo ariyo Addicted aho havurwa ko izoba ari Album izoba irimwo indirimbo zimeze neza kandi zizoba ziherekejwe nama Collabo yo hanzw cokimwe na hano iwacu. Umurwi Best Life…
Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019, mu gihugu c'Urwanda niho umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Moustapha Francis Njali yahabwa amasezerano yo gukinira umugwi Bugesera…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019 , abatwara imboneshakure rya Canal+ ya hano iwacu baratunganije inama yo gusigurira abanditsi n'abamenyeshamakuru y'uko bagiye kuza…
Ku musi wa Mungu igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2019 niho mu gihugu ca Kenya hatorwa abakinyi bavyifashemwo neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya KPL ry'umwaka wa 2018-2019. Umunyegori w'intamba mu rugamba…
Inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano isaba ibanki nkuru y’igihugu (BRB) hamwe n’ubushikiranganji bujejwe ikigega ca reta gufatira ingingo abantu bavunja amafaranga y’agaciro badakwirikije ibiciro bizwi n’amategeko. Ivyo…
Ngo kwankira Dj kuvuza indirimbo zo hanze vyari bifise ico bisobanura kumuziki w'Uburundi Kuri uyu wa 18/08/2019 niho hari haramutse hatunganywa igiteramo citiriwe Wanajeshi aho ubona ko bose uko ari bane bari bafatanye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.