Umugwi w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina iwacu wafashe indege wekereza mu gihugu c'Ubuganda aho ugiye kwitegurira inkino za CHAN. Urutonde rw'abakinyi 18 bafashe indege berekeza mu Buganda…
Inyuma yo kuvyemanga ko atari yiteze ko yorengana no mu majonjora, ni Laurette TETERO ashima cane uburyo abantu babishizemwo umutima bakamwizera bakamutora. Aho avuga ko kumutora ngo abe mu kibanza ca mbere nuko boba…
Imigwi Aigle Noir na Rukinzo Fc yakiye urukino rwa mnyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu igiye gusubira guhura mu rukino rwa Super Cup. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 03 Myandagaro isaha icenda 15h00…
Arafise ivyo abashimira n'ivyo abanegura. Inyuma yo kuzunguruka intara zose z'igihugu c'Uburundi, ni Big Fizzo, yemeza ko kabaye akaryo keza ko guhura n'abakunzi biwe kandi ko akenshi baba bafitaniye…
Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 zigiye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Jeux Africains z'abatarenza imyaka 20 zizobera muri Maroc. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 31 Mukakaro…
Yaba Zari canke Wolper bose babona ugutandukanye ubucuti barimwo hamwe n’ubwo bahozemwo. Ukwerekana abagabo bagendana ngo ni kimwe mu vyabateye kubabara mu buzima, kuko abababona baheza bagaca binjira mu bibazo vy’ubucuti…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Mukakaro 2019, umugwi w'urwaruka "Force jeune Universelle" watunganije ihiganwa rigira gatatu ku civugo "Kumenya kuvugaoya" (savoir dire non) mu gisagara ca…
Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 28/7 niho umuririmvyi Emery Sun…
Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye muri afrika y’ubuseruko nka Diamond…
Ikindi giteramo ca Diamond camaze gutangura gutegurwa i Bujumbura, inyuma y’icakomerekeyemwo benshi, abandi baravunika. Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura, kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond ngo azosubira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.