Ukwitwara neza muri CAN 2019 kwatumye Nizigiyimana Abdoul Karim Makenz agurwa mu mugwi Wazito Fc. Mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Mukakaro umwaka wa 2019, mu gihugu ca Kenya niho umukinyi w'inyuma…
Abanyororo bane bapfungiwe mw'ibohero rikuru ry'i Gitega baraye bakomerekejwe n'abanyororo bagenzi babo mu kajagari kadutse muri iryo bohero hagati y'imigwi ibiri. Nk'uko tubishikirizwa…
Abantu batanu nibo baraye bakomerekeye mu giteramo c’ihiganwa rya Primusic caraye kibaye kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Mukakaro umwaka w’2019 ku kibuga c’ishure ryisumbuye ry’imyuga ETS Kamenge. Nk’uko…
Intsinzi y'uno musi yahaye icizere co gusubira kwitwara neza Alain Olivier Niyungeko. Mugihe urukino rwari rurangiye Intamba mu rugamba zirahiye Sudani y'epfo ibitsindo 2-0, umumenyereza mukuru w'intamba mu…
Intamba zibandanya zitwara neza mu kwakirira iyindi migwi hano i Bujumbura. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019 igihe c'isaha icenda z'umuhingamo (15h00) ku kibuga c'Intwari…
Naho boba aribo canke bishitse nkabaririmba suko noba nd'umwansi w'iterambere ry'Uburundi. Ni inyuma yaho Kirikou A kili ashiriye k'umugaragaro indirimbo yiwe yise WASHA , aho biboneka ko ari indirimbo…
Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Sudan y'epfo Ashu Cyprian ngo afitiye icizere kidasanzwe abakinyi biwe. Mu kiganiro yatanze nawe nyene ku banditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu igenekerezo…
Uwadugiye Kayanza united umwaka uheze yahawe amasezerano yo kumenyereza mugwi Espoir Fc wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Mukakaro umwaka wa 2019 mu masaha yo kumugoroba aho…
Umenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko ngo icizere nicose co kuzokina urukino rwiza aho bukera. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Mukakaro umwaka wa 2019 igihe c'isaha zine zo mugatondo aho…
Inyuma yo kwumvikana izina ry'indirimbo umuririmvyi Big Fizzo ashobora gusohora vuba ariko ikaba itaraja kumugaragaro yose haba kuri platform ziwe nka YouTube n'ahandi ushobora gusanga indirimbo z'uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.