Igihugu ca Arijeriya hamwe n’igihugu ca Tiniziya vyaraye bironse uburenganzira bwo kuja mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa ry’igikombe ca Afrika c’umwaka wa 2019 catunganijwe n’igihugu ca Misiri. Igihugu ca…
Umuzo wa Diamond i Bujumbura igenekerezo rya 28 Mukakaro uwu mwaka muri Final ya Primusic, vyoba vyumvikanyweko ku munota wa nyuma, bivuye kuko uburyo bwari bwateguwe imbere bwoba bwari buke kuri uwo muririmvyi. Mu gihe Ku…
Umumenyereza w'umurundi Etienne Ndayirangije agiye kumenyereza vy'imfatakibanza umugwi nserukiragihugu wa Tanzania Taifa Stars. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 11 Mukakaro umwaka wa 2019 niho…
Mt number one ngo kwisemba sivyo biza imbere, nico gituma atiteze Awards muri ino misi, ngo bizohava biba nk'ivyabaye kuri Canco Hamissi. Mt number one yavuze ko abantu batisemba ama Awards yabo bakunze kuyabaha…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze niho Rayon Sports yakina urukino rwa kabiri mw'ihiganwa CECAFA kagame Cup rwayihuza n'umugwi Atlabara. Urwo rukino rukaba rwararangiye Rayon sports itsinze Atlabara ibitsindo 2 -0.…
Ibiteramo vy’umuririmvyi Jose Chameleone vyahagaritswe n’abajejwe umutakano mu gihugu ca Uganda inyuma y’aho ashikirije ko agiye mu mugambwe witwa Parti Democratique usanzwe utavuga rumwe n’ubutegetsi mu gihugu ca Uganda.…
Mu gihe abantu baguma bibaza impamvu yoba yatumye uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yirukanwa mu mugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba mu gihe hari hasigaye imisi ibiri gusa kugira…
Abayobozi bakuru hamwe n’abayobozi mu bushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu hamwe n’inyigisho zo gukindisha igihugu bagenwe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu. Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/104 ryo…
Inyuma yigihe gitoyi umuririmvyi Vg Wawa asohoye indirimbo ihayagiza umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba agiye kuzana iyindi ndirimbo nk'uko biboneka bayikoranye na Double Jay muri Bantu Bwoy. "Ntunje…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uronkejwe agashimwe kubw'iteka bateye igihugu mu kugiserukira ubwa mbere mu mahiganwa ya CAN 2019 ariko abera mu Misiri. Kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 07…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.