Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Guinée Conakry kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 30 Ruheshi umwaka wa 2019 igihe…
Imiryango iruguruye ku barundi bose bipfuza kugura umwambaro w'intamba mu rugamba. Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruheshi umwaka 2019 mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi bari…
Pacifique Ndabihawenimana niwe murundi wenyene rudende yagiye muri Egiputa nk'umuhagarikizi mu nkino z'igikombe ca Afrika CAN. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi umwaka wa 2019, niho umuhagarikizi wo…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse neza i Cairo aho ugiye gutana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu wa Guinea Conakry kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 30 Ruheshi.u Kuri uyu wa gatanu…
Naho yirukanwe mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman ntasiba kugomwa n'iyindi migwi. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 28 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho uwahoze ari kizigenza…
Mu gihe kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 28 Ruheshi ariho umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI wari waramutse ushira kumugaragaro ikirangamisi c'ingene amatora yo mu mwaka w'2020…
Mu ntumbero yo gufasha abarundi bose kwitegurira amatora meza neza ata musunikano canke kwihutira umwanya, umurwi w’igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI uhejeje gushira ahabona ikirangamisi c’amatora yo mu mwaka…
Ugutakaza urukino rw'intamba mu rukino ntibiraca intege umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 27 Ruheshi umwaka w'2019, i Alexandrie niho hariko habera…
Nk'uko amaze imisi yerekana agashavu kiwe amaze kuba umuririmvyi afata ikibanza hano iwacu mukuronka ibiganiro vyinshi (interview), ni Mr Champagne yemeza ko abaronka ibiteramo hano mu Burundi bama ari babandi batigera…
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y’Abarundi baba muri Reta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c’umuyobozi wawo, uributsa Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika bashoboye kwiyandikisha kugira ngo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.