Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rw 'umusi wa kabiri wa CAN ruza kubahuza na Madagascar kuri uyu…
Wa mugambi "Dushigikire intamba zacu" nturiko uraba mu Burundi gusa no muri Egiputa ahariko harabera amahiganwa ya CAN, abarundi baba muri ico gihugu baguma bafashanya kugira bazoshobore kuza gushigikira…
Umusuzumyi w'inkino ku mboneshakure y'abafaransa CANAL+ Kaba Diawara ubwoba ni bwinshi ku mugwi w'intamba mu rugamba. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 25 Ruheshi umwaka wa 2019, i Alexandrie…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Frederic Nsabiyumva abandanya yitwara neza muri CAN. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho haza gutangura inkino z'umusi ugira kabiri wa CAN…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Umukinyi Mohammed Amissi ashobora gukina urukino rwa Madagascar canke ntarukine. Mu rukino rwo kw' igenekerezo rya 22 Ruheshi umwaka wa 2019 aho u Burundi buhura na Nigeria mu nkino za CAN 2019 mw'itsinda B aho…
Ubu nta nkeka ko wamaze guhitamwo ico uzoba uri mu myaka iri hagati ya 5 na 7. Nta nkeka ko umaze kwama ufata iminota 30 ku musi ugerageza kubona isanamu y'ico uzoba uri, amafaranga uzoba ufise, ibiro uzoba ufise, uko…
Umushingantahe Samuel NDAYIRAGIJE aza hejuru y'inzego ziriko zikora ibishoboka kugira hajeho ishirahamwe rihuje Abarundi bose baba muri Leta zunzubumwe za Amerika amanyesha ko , ku bijanye n'amatora yimirije…
Ku kibazo cokumenya nimba icivugo "Ubumwe, Ibikorwa, Amajambere" ko coba casubiriwe n'icivugo co ku ntwaro ya cami, umuvugizi wa Reta y’Uburundi mu kiganiro c’abavugizi b’inzego co kuri uno wa gatanu…
Umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes Bangiricenge amenyesha ko imvo nyamukuru yatumye Sentare ifata ibintu vy’abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi ko ari ntumbero yo kutabandanya bikoreshwa mu guhungabanya umutekano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.