Akazi ko gutwenza abantu ngo n'ubu abantu ntibaratahura ko ari akazi mu tundi, kandi ko gashobora kugutunga, kakanagutungira umuryango. Ivyo Kigingi yasubiye kandi kubivugako muri Raoul Comedy Garage yabaye kuri uyu…
Uwudakwiza imiriyoni 10 z'amafaranga ya hano iwacu, ngo ntari mu gitigiri c'abazosubira guhamagara umuririmvyi Sat-b ngo akore igiteramo. Ivyo biheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe…
Ku kibazo abatari bake bagize imisi bibaza ko umuririmvyi Alvin Smith yavanye n'umugore wiwe, Nirna, yahavuye atanga umuco kuri iryo vana ryiwe n'umugore rivugwa. Akoresheje urubuga rwa Instagram rwiwe, Alvin…
Icivugo ciwe ca burimusi ngo n'ugukora uko ashoboye kose ngo Uburundi bumenyekane mu makungu, abicishije mugahogo kiwe. August Burundi mu makuru aheruka twarababwiye ko yarahiye ko umwaka wa 2022 utazorangira ataduhaye…
Emery sun n'umuririmvyi mwiza Kandi amaze igihe kitari gito mu mwuga wo kuririmba indirimbo ziwe zirakundwa, ariko ikibazo akaba ari uko adakunda kuboneka mu biteramo. Yama ariko aridogera abategura ibiteramo ko…
Abana bato nabo bari mu gitigiri c'abo umuririmvyi Olegue ashaka gukoresha mu ndirimbo ziwe nshasha ariko aratunganya muri ino misi. Uwo muririmvyi arindiranywe igishika cinshi, bivanye n'urukundo akundwa…
Mu gihe Yvan Muziki na Marina babarizwa i Dubai aho bajanwe n'ugukora igiteramo cari kuba igenekerezo rya 3 kigarama, ariko kikabona kwunguruzwa, ngo boba bamotako urukundo naho bashaka kubihishahisha. Nkuko amakuru…
Inyuma y'ukumara igihe abarizwa mu gihugu kibanyi c'Urwanda, uwo muririmvyi yatanguye kwagirizwa kubigana. Uwo muririmvyi akaba n'umwe mu banditse indirimbo Inzoga n'ibebi igize imisi mike iriko…
Naho tutazi ko ashobora kuba ariwe canke ari uwundi, ariko ya Ndirimbo Mugani Desire yemeye ko buca asohora, umudiho izoba irimwo ushobora kuba wamaze kumenyekana. Uwo nawo ukaba watanzwe na Manager wiwe ariwe Edith Stein…
Merveille benshi muzi nka Meili ngo igikorwa gishasha kiramota, ivyo uwo muririmvyikazi akaba aheruka kubishikiriza abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Akoresheje urwo rubuga nyene, yasangije abamukurikirana amashusho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.