Mu makuru yacu twagiye turabashikiriza twarababwiye umuririmvyi 4show umu diaspora aba muri Reta zunzubumwe za America yuko agiye kurekura Ep yiwe. Imvugo rero yayishize mu mungiro urutonde rw'indirimbo…
Rwa rukurikirane rwa Channy rwariko ruvugwa ko ruzoshirwa ahabona, rwaramaze kuboneka ku mbuga zigurisha umuziki, nk'uko yari yavyemeye ko izoshirwa ahabona kuri uyu wa 30/11. Ivyo twabashije kubona n'uko urwo…
Pasitori Denise Bucumi Nkurunziza benshi mukunze kwita Mama Buntu, ariko cane yamenyekanye kubera ikibanza c'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu yamazemwo imyaka 15, uno musi igenekerezo rya 1/12 yakwije imyaka…
Nk'uko abarundi bayamaze ngo uteye ikinonko mu mwiza, ikiboroze nico kiba gihamijwe, na Big Fizzo nawe yateye ikinonko mu mwiza, none abafana birakomeye ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Michael Senganzi umwe muri ba bakinyi batwenza abantu bita aba humouriste, yagize iciyumviro ngo iyaba hari umushikiranganji afise muvyo ajejwe imico n'akaranga azi cane ibijanye na Art noneho akaba yitabira ibiteramo…
Indirimbo zigize uruhererekane rw'indirimbo Hello Africa z'umuririmvyi Sat-b, ngo buca zishirwa no ku ma CD. Ubwo butumwa uwo muririmvyi Sat-b akaba yabuhaye uwurongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi AMB…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yamenyesheje ko muri uno mwaka uza wa 2023, agiye gukorera igiteramo ku mugabane w'Uburayi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi yerekanye…
Alvin Smith yiswe umunyeshari n'ababonye ivyo yabashije gushira ku rubuga rwa Twitter, yidoga. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, umuririmvyi Alvin Smith yasavye ikinyamakuru Akeza ko cohagarika kwama kivuga ku…
Inyuma y'ugushira ahabona Indirimbo yiwe nshasha yise Nyash yakoranye na Deejay Pius, Yvan Muziki agiye gukorera igiteramo i Dubai. Nk'uko yavyerekanye kuva ku musi wa mbere, uwo muririmvyi agiye kuzokorera…
Mu gihe imyidogo yari yose hirya no hino ko ikibanza citiriwe Ukwikukira cubatswemwo akabare, igisagara ca Bujumbura kikanahagarika ivyo bikorwa vyari vyatanguye binageze kure, ikinyamakuru kimwe ca hano iwacu cashikirije…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.