Gaga ni umuririmvyi w'umurundi amaze imyaka itari mike mu mwuga wo kuririmba benshi bakaba baramukundiye style yiwe afise yisangije, yaduhaye indirimbo nshasha. Arakunda gucishamo akaja mu gacerere ariko iyo asohoye…
Bain Turo isango yari yaramaze kuritanga y'uko igenekerezo rya 29 Munyonyo 2022 agiye kurekura indirimbo yiwe nshasha isango ryabaye ntabanduka. Ni mugihe hari haciye imyaka irenga 2 yari amaze atakibarizwa muri Empire…
Umuririmvyi Vichou love inyuma y'urugendo yakoreye I Kigali mu Rwanda, akahakorera ibiganiro bitari bike, birimwo ivyaciye ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe n'imboneshakure zisanzwe, hakanamenyekana ko hoba hari…
Igenekerezo rya 26/11 I Kigali hazoba igiteramo kizitabirwa n'abasore babarizwa muri Biliman Boy. Ico giteramo kikaba citiriwe Buja in Kigali. Ico giteramo kizoba kibaye ica mbere abo basore bakoreye i Kigali, mu…
Emery sun ngo yoba yarahembwe amafaranga y'igiteramo Kandi ataririmvye, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Queen Of Buzz Ariwe Nelly Nat, aho yashikiriza ko habayemwo ubusuma mw'itegurwa n'urutonde…
Abiyitirira abandi ngo bamaze kuba benshi ku mbuga ngurikanabumenyi, Ami pro nawe akaba yamaze kwinjira muri ico gitigiri aho yanditse asaba abantu ngo babe maso. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo…
Miss Earth irabandanya ukuri kwamya, ibirori vy'iryo higanwa risigaje imisi iharurwa ku ntoke ngo rihere biheruka bikaba vyabaye kuri uyu a gatatu. Muri ivyo birori wa mwigeme yaserukira Uburundi, Miss Claudie…
Rachly ni umuririmvyikazi akaba akina na film no muri volleyball ntavyorosha, ivyo vyose akaba abikora nk'akazi ariko ngo kuririmba ni vyo akunda cane ngo ntiyobiheba. Nk'uko twari twabashikirije mu makuru yacu…
Double jay na Kirikou bagifata urugendo berekeza mu gihugu c'Urwanda batubwiye ko bagiye guheraheza indirimbo bakoranye na Bruce Melodie ariko ngo urubanza rumwe rurashobora kumara zibiri. Abama badukurikira mu makuru…
Vania Ice nawe buca ashira ahabona indirimbo yakoranye n'umuririmvyi Kivumbi w'umunyarwanda. Iyo ndirimbo yahawe akazina ka "I DEY" ikaba igiye gushirwa ahabona inyuma y'urugendo yakoreye muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.