Sat-B ngo ntasubire gusaba igihugu ngo kimufashe kuronka itike, ahubwo n'ahindukirire abafana biwe bamushigikire, uko niko Nelly abona ko ikibazo c'itike y'indege ya Sat-B yo kuja muri Afrima Awards yoboneka.…
Dj Bobo de Paris umwe muba Dj b'abarundi bariko bavyifatamwo neza, buca asubira kandi kwakira abandi baririmvyi batandukanye muri ico gihugu. Mu misi iheze twari twabashikirije ko uwo mugabo asanzwe akora akazi ko…
Vivy Muyomba ni umuririmvyi amaze igihe kitari gito mu muziki ,birashika agasohora indirimbo n'ubwo atari cane ariko iyo asohoye indirimbo yiwe usanga iryohera amatwi kandi ifise impanuro zubaka. Uzomusanga mu biteramo…
Umwe mu bateguye igiteramo ca Kigingi co muri Sweden mu gace kitwa Uppsala yasavye ikigongwe kubera utubazo tumwe tumwe twabaye muri ico giteramo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, yanditse ashimira abitavye ico…
Naho ibintu bitaba bihagaze neza mu ntango, Michael Senganzi ngo yarabashije kubandanya uwo mwuga wo gutwenza abantu. Senganzi ngo kugira bikunde abashe kubandanya gukora Comedie, n'uko hariho ibintu bitari bike…
Inyuma y'ibitero 2 aheruka gukora i Gitega no mu Rumonge, Emery sun yatumiriye abo mu bumanuko kumwitega. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp, uwo muririmvyi yavuze ko hari ikindi giteramo ariko yitegura gukora vuba…
Kimwe muvyo abafotorwa n'abafotora badahurizako ngo n'umwanya, ivyo biheruka gushikirizwa na Jimmy Nzisabira benshi bazi nka Jimmy Nzi. Uwo musore yize ibijanye na Informatique ariko akisanga mu gufotora, yavuze ko…
Abidogera aba Miss ko badashira mu ngiro ivyo baba batorewe, ngo bari bakwiye kwikubita agashi, ivyo bishikirizwa na Miss Ngaruko Kelly. Kubwa Miss Kelly ngo ibisabwa aba Miss baba batowe na rirya baba bakiri bato, ngo…
Mu gihe hano iwacu, bamwe mu begereye abategura ihiganwa PSMA bidoga ko abarundi badashigikira iryo higanwa ririko ritegurwa n'abarundi, aho hakurya muri Tanzania ho niyo nkuru igezweho. Iryo higanwa risanzwe ritegurwa…
Mu gusezera abafana biwe bamwitabiriye neza muri Sweden, Kigingi ngo araza gusangira kuri uyu wa 3 mu Kibanza ngo atari kugenda atagendeye. Mu butumwa yashikirije kuri Instagram, ashimira abitavye igiteramo ciwe cabaye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.