Abariko basabwa amafaranga n'abariko bakoresha imbuga zitirirwa Rukundo Ange Minouche ngo barabe maso. Uwo mumenyeshamakuru amaze igihe ku mugabane w'Uburayi, abicishije muri Video yabonetse ku rubuga rwa Magic…
Nubwo hari benshi batazi akamaro k'imbwa, aborozi bazo bo babona Ko ata kindi gikoko zosubirizwa. Ngo imbwa ni umugenzi adahemukira sebuja ,Ku bahigi hoho niyo ibagaburira, umutekano mu ngo zororerwamwo nizo ziwicungira,…
Ugukora Indirimbo na Sat-b ngo n'ibintu bidasanzwe kuri Bell Nice, ivyo uwo muririmvyikazi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu nsamirizi za hano iwacu. Uwo muririmvyikazi akaba avuga ko iyo ndirimbo…
Monna Walda ngo naho abatari bake bumva ko akazina kiwe kavugika neza, we ngo ntiyari yagashimye arico catumye ashima guhindura izina akazana irindi. Uwo mwigeme yigeze kuba muri 2 bari mu bisonga vya Miss Burundi Imbere yuko…
Emelance Emy agiye gukora Karaoke I Kigali mu Kibanza c'umwe mu baririmvyi bakomeye i Kigali. Ku bakurikirana urubuga rwa Instagram rw'uyu muririmvyikazi, aheruka kwerekana ko ubu agiye kuza arakorera Karaoke…
Ange Minouche abatari bake bamenye biciye ku mboneshakure ikorera ku rubuga rwa YouTube yitwa Magic Chanel Tv, akaba ari no mu bayishinze, agiye gushinga urundi rubuga. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, narwo ruboneka…
Inyuma yo kwemererwa gukora nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique Diaspora Burundaise (DB),haciye hihutirwa kwiyubaka gushasha. Mu nama yahuje umuserukizi wa diaspora ndundi kw'isi Eric Niragira hamwe…
Selon Kidum, l'une des priorités dans ses projets est de donner un concert à Kigali-Rwanda dans un avenir proche. Il l'a révélé lors de l'émission "Imbaraga mu guhimbaza" animée par Eddy Kamoso.…
Kubwa Emery Sun ngo ukuguma wibaza ko Indirimbo yawe yahaturiye kandi wakubise ku ruhande, ngo n'uburwayi. Inyuma y'imyaka itari mike atakigenda, Emery Sun ngo ubu yahavuye aronka Indirimbo ziriko zikundwa na benshi…
Meili ngo abarundi bari bakwiye kumenya ko gukora umuziki hano iwacu bidasigura ko uca uguma uri uwo ngaha gusa. Ivyo uwo muririmvyikazi aheruka kubiyagira Indundi Hit Show. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyikazi yavuze ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.