Mu migambi ya vuba, Kidum ngo agiye gukorera igiteramo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro Imbaraga mu guhimbaza kiremeshwa n'umumenyeshamakuru Eddy Kamoso. Muri…
Nk'uko biri mw'itangazo ryashizwe ahabona kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Nyakanga 2022 n'amashirahamwe BME na COMEBU asanzwe acukura ubutare bwo mu bwoko bwa Coltan na casiterite mu ntara ya Kayanza,…
Abasore bari mu murwi wa We Love Music, ngo barabeshwe n'uwo bafatanije ibikorwa ariwe Don Brighter asanzwe arongoye Db Entertainment. Abo basore babiri bavuga ko uwari yemeye kubafata mu mugongo atashimye gushitsa bito…
Ni mugihe bitakiri ibanga ugerageje kuraba abaririmvyi b'abahungu hagati yabo baterekana urukundo ndetse ugasanga hari na bamwe bamwe muribo banaterana amajambo yo gutyozanya. Akarorero kibonekeza ni hamwe usanga umwe…
Iyo ukingiye imbwa indwara y'ibisazi uba ukingiye abantu, ico nico catumye ishirahamwe ABUMVAC rishiraho isekeza ryo gucandaga imbwa mu ntara za Gitega na Kirundo. Inyuma y'ama komine ya Vumbi, Busoni na…
Mu ntumbero yo gushigikira urwaruka mu mpano zarwo Fondation Charles Nkazamyampi ifadikanije n'ubuserukizi bw'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Buraya mu Burundi (E.U) batoye ko bohimbaza umusi mukuru mpuzamakungu…
Isekeza ryo gucandaga ku buntu imbwa, mu Kirundo ryakiriwe neza na cane cane mu ma komine ya Busoni, Vumbi, na Bwambarangwe. ABUMVAC ishirahamwe ry'abaganga b'ibitungwa bakurikirana ibitungwa bigendana n'abantu…
Abafana b'umuziki wa Berry Music ngo nibitege ikindi gikorwa gishasha mu kwezi gutaha. Ivyo vyaraye bishikirijwe na Berry ubwiwe aho yaganira n'abafana biwe. Uwo muririmvyi aheruka kwumvikana mu ndirimbo yakoranye…
Abari aba Rappeur bahinduye bakaja mu yindi midiho, ngo aho bukera ntibaze batangare banse kwakirwa mu muryango w'aba Rappeur, ivyo bishikirijwe na Fabelove avuga ko ariwe mwami wa Hip Hop hano iwacu. Uwo muririmvyi mu…
Yoya Jamal yoba ariwe agiye gukorana na Made Beat? Ico ni kimwe mu bibazo wokwibaza inyuma y'ukubona uwo muririmvyi ari mu bakiriye uwo muhinyanyuzi mu gihugu c'Ubwongereza. Ishusho yabo, ikaba yabonetse ku rubuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.