Abategura ama Awards ngo nibabitegure neza biherekezwe n'agafaranga apana ko abantu batahana ubushimwe butagira ibibuherekeje. Fabelove akaba avuga ko ari vyiza ngo kuko ama Awards asigaye atangwa mu mice yose. Akaba…
Inyuma y'amezi 10 ashize ahabona amajwi y'indirimbo Nakupenda yakoranye na Pallaso, umuririmvyi w'umunya Uganda, Iry Tina yashize ahabona amasanamu y'iyo ndirimbo. Mu masaha 20 gusa, iyo ndirimbo ikaba…
Mu misi iheze twari twabashikirije amakuru ko umwigeme w'umunyagitega asanzwe arangurira imirimo yiwe i Kigali mu Rwanda, ariwe azokwakira umuririmvyi Kizz Daniel mu giteramo azokorera i Kigali, kandi ko asanzwe…
Mu gihe kuri uyu wa 2 hiriwe amakuru y'ukwitwarirwa kwa Wiz Designer na bamwe mubo baheruka gukora igiteramo ariko nticagenda nk'uko bavyipfuza, Nelly Nat we avuga ko we agiye kwitwara ku mukuru w'igihugu.…
Mu misi iheze hari amakuru yavuzwe menshi ko umuririmvyi Double Jay afise Collabo yakoranye na Bruce Melodie ariko vyanse ko isohoka kuko boba bamusavye ko atanga amafaranga muri Bantu Bwoy kugira iyo ndirimbo ibashe…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 isaha zine zo mugitondo 10h00 kuri Tropitel Hotel ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, ikigo Fondation Pax Burundi cari kiramutse gitunganya ikiganiro ku…
Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zo gukurakuranamwo za Basketball African League ( BAL) iza gutangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Myandagaro 2022 isaha zine 10h zo mugitondo ku kibuga co muri Quartier Jabe III.…
Inyuma yo gutwara igikombe c'amahoro c’umwaka uheze , umugwi As Kigali ukinamwo abasatirizi babiri b’abarundi aribo Hussein Shabani Tchabalala hamwe na Landry Ndikumana waraye utahukanye igikombe ca Super League,…
Umukinyi Ramazani Largie w’imyaka 21 yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere muri Laliga. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 , aho ihiganwa ryo mu gihugu ca Espagne (Laliga ) ryatangura icese . Umugwi UD…
Inyuma yo kuboneka mu rutonde rw’abakinyi PSG itazokwifashisha muri uno mwaka umukinyi Thilo Kehrer afise umuvyeyi umwe yamuka mu Burundi ashobora kwerekeza mu bwongereza. Thilo Kehrer vyavurwa ko ashobora kwerekeza muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.