Ntawobideha ko ibibazo bihari mu gihugu, ariko abavuka Burundi nibo bafise uruhara runini mu gutora inyishu ibereye, Ndekatubane Abraham ni umwe mu bagwizatunga baraye bahambije abandi mu guterera mw'iterambere…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi rifadikanije n’ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi AJSB ryatunganije inyigisho kubanditsi n’abamenyeshamakuru bazokurikirana Primus League 2022-2023. Izo nyigisho…
Ivyashikirijwe na We Love Music ko watandukanye na Management bahoramwo ariyo db Music Entertaiment bishobora kuba ari impfagusa kuko amasezerano bari bafitaniye n’iyo management ngo ntirahera. Don Brighter asanzwe arongoye…
Impari muri kino gihe ni zose ku kijanye n’abasanzwe bakora umwuga wo gutamba babicishije ku mbuga zisanzwe zihurirako benshi, les reseaux sociaux mu kinyamazuru, kuko ngo baterekwa indirimbo za hano iwacu. Izo mpari zikaba…
Mu misi iheze mu makuru twari twabashikirije twari twagarutse ku dukino tugize imisi turiko turarabwa cane hano iwacu ku mbuga za Youtube na Facebook, zigize imisi zihurumbiwe n’abakinyi b’amareresi kubera akarusho bahakura.…
Inyuma yo kugirwa umuhinga muri Bumamuru(Consultant), umurundi Ndayishimiye Warren Chebby yaraye azanye umukinyi mushasha akina hagati avuye muri Diable Noirs wo muri Congo Brazzaville. Ahmed Ouattara…
Amakuru agize imisi ariko aracanacanako ni amakuru y'ubugwayi bwa Yvan Buravan umwe mu baririmvyi b'abanyarwanda. Mu gihe ubutumwa butandukanye bubandanya buva hirya no hino bwo kumwihanganije, hari abavyikika…
Inyuma yo gutahukana igikombe ca Viva basketball League kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022, umugwi Urunani waraye ugabiye abakinyi 5 imiduga n’umumenyereza wabo Kagabo Aaron . Abakinyi bashimiwe ni . -…
Drama T ngo yoba aharurwa mu baririmvyi b’abarundi bambara neza gusumba abandi, kuko hampande y’ukuba yandika neza ngo ukwambara neza vyoba arivyo vyatumye amenyekana cane, kuko abantu bari batanguye kwibaza ko coba arico…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022 ku kibuga ca Département niho umugwi Urunani wari waramutse ukinye urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rya Viva Basketball League n’umugwi New Stars , urwo rukino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.